Yesaya 10:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Ibi ni vyo avuze: «Ehe raba Umwashuri+!Ni inkoni yo kwerekana ishavu ryanje+.Ikibando kiri mu kuboko kwiwe na co cerekana uburake bwanje.
5 Ibi ni vyo avuze: «Ehe raba Umwashuri+!Ni inkoni yo kwerekana ishavu ryanje+.Ikibando kiri mu kuboko kwiwe na co cerekana uburake bwanje.