ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 40:38
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 38 Mu rugendo rwabo rwose, Abisirayeli bose barabona ko igicu ca Yehova caguma hejuru y’ihema ryeranda ku murango, mw’ijoro na ho umuriro ukaguma hejuru yaryo+.

  • Guharura 9:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ku musi ihema ryeranda ryubakwa+, igicu caciye gipfuka iryo hema, ni ukuvuga rya hema ryarimwo isandugu y’isezerano*. Ariko ku mugoroba, haciye haboneka ikintu kimeze nk’umuriro, kiguma hejuru yaryo gushika mu gitondo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika