ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Nehemiya 9:24, 25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 24 Abana babo barinjiye rero muri ico gihugu baracigarurira+, maze ubafasha kunesha Abanyakanani+ baba muri co. Watumye batsinda abami babo n’abantu baho kugira ngo babagenze uko bashaka. 25 Barafashe ibisagara vyabo bikingijwe ibihome+ n’akarere kimbuka*+, bafata n’amazu yuzuye ibintu vyizavyiza vy’ubwoko bwose, ibinogo vy’amazi vyari bimaze kwimbwa, imirima y’imizabibu, imirima y’imyelayo+ n’ibiti vyinshi vyama ivyamwa. Maze bararya barahaga, baradoha, baridagadura mu bintu vyiza vyinshi wabahaye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika