ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 15:39
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 39 “Impuzu zanyu zitegerezwa kuba ziriko umushono uriko ubuyonga kugira ngo muwubonye muce mwibuka amabwirizwa yose ya Yehova maze muyakurikize+. Ntimuze mukurikire imitima yanyu n’amaso yanyu kuko ari vyo bituma mumpemukira*+.

  • Imigani 4:25
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Amaso yawe akwiye kuguma araba imbere,

      emwe nugume uraba imbere yawe+.

  • Imigani 23:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Ntiwiyahagure kugira uronke ubutunzi+.

      Vyihoze, werekane ko ufise ubwenge*.

       5 Uraburaba ukabubura aho wabubonye+,

      kuko butabura kumera amababa nk’inkona, maze bukigurukira mu kirere+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika