1 Abami 3:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ndagusavye rero umpe umutima ugamburuka kugira ngo nshobore gucira imanza abantu bawe+, ngo menye gutandukanya ikibi n’iciza+. Ahandiho sinoshobora gucira imanza iri sinzi ry’abantu* bawe.» Zaburi 94:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Umwe akosora amahanga, ntashobora kubahana+? Ni we atuma abantu baca ubwenge+. Daniyeli 2:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ni yo ihindura ibihe n’ibiringo+,igakuraho abami igashiraho abandi+.Ni yo iha ubukerebutsi abanyabwenge, igaha ubumenyi abafise ugutahura+. Abafilipi 1:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kandi iki ni co nguma nsaba Imana: ni uko urukundo rwanyu rwoguma rugwira+, rukagwirana n’ubumenyi butagira amakosa+ be n’ugutahura kwuzuye+.
9 Ndagusavye rero umpe umutima ugamburuka kugira ngo nshobore gucira imanza abantu bawe+, ngo menye gutandukanya ikibi n’iciza+. Ahandiho sinoshobora gucira imanza iri sinzi ry’abantu* bawe.»
21 Ni yo ihindura ibihe n’ibiringo+,igakuraho abami igashiraho abandi+.Ni yo iha ubukerebutsi abanyabwenge, igaha ubumenyi abafise ugutahura+.
9 Kandi iki ni co nguma nsaba Imana: ni uko urukundo rwanyu rwoguma rugwira+, rukagwirana n’ubumenyi butagira amakosa+ be n’ugutahura kwuzuye+.