ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 94:14
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 14 Kuko Yehova atazoheba abantu biwe+,

      canke ngo ate intoranwa yiwe+.

  • Yesaya 42:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Abantu b’impumyi nzotuma bagendera mu nzira batazi+,

      ntume baca mu mayira batamenyereye+.

      Umwiza nzowuhindura umuco imbere yabo+,

      ahantu hataringaniye ndahahindure ahantu hashashe+.

      Ivyo ni vyo nzobakorera, kandi sinzobaheba.»

  • Abaheburayo 13:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Mu buzima bwanyu ntimurangwe no gukunda amahera+, ahubwo mubumbwe n’ibintu mufise ubu+. Kuko Imana yavuze iti: «Sinzokwigera ndaguta, kandi sinzokwigera ndaguheba+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika