ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 42
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Umusavyi w’Imana n’igikorwa yashinzwe (1-9)

        • «Yehova ni ryo zina ryanje» (8)

      • Indirimbo nshasha yo gushemeza Yehova (10-17)

      • Isirayeli ni impumyi kandi ntiyumva (18-25)

Yesaya 42:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 52:13
  • +Yes 49:7; Lk 9:35
  • +Mt 3:17; Yoh 6:27; 2Pt 1:17
  • +Yes 61:1; Mt 3:16
  • +Mt 12:15-18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 80

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 22

Yesaya 42:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 9:9; Mt 12:16, 19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2021, rup. 4

    Yezu ni inzira, rup. 65, 80

Yesaya 42:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 11:28, 29; Heb 2:17
  • +Yes 11:3, 4; Mt 12:20; Yoh 5:30; Ivh 19:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2017, rup. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2015, rup. 8

    15/1/2009, rup. 22-23

    1/10/2008, rup. 5

    15/6/2008, rup. 6

    Yezu ni inzira, rup. 80-81

Yesaya 42:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «inyigisho.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 9:7; 49:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 80-81

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 23

Yesaya 42:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «yasanza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:22, 26
  • +Yr 10:12
  • +It 2:7; Ivk 17:24, 25
  • +Yb 12:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 4

Yesaya 42:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:8
  • +Yes 49:6; Lk 2:29-32; Yoh 8:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 21-23

    1/6/2005, rup. 9

Yesaya 42:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:5
  • +Yes 61:1; 1Pt 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 23-24

Yesaya 42:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «dusangira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 9

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2014, rup. 4

    1/7/2010, rup. 3

Yesaya 42:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:23; 43:19; 2Pt 1:21

Yesaya 42:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:1; 98:1; Ivh 14:3
  • +Yes 44:23
  • +Yes 51:5

Yesaya 42:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:1
  • +It 25:13; Yes 60:7

Yesaya 42:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:27; Yes 24:15; 66:19

Yesaya 42:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:17
  • +Kv 15:3
  • +1Sm 2:10

Yesaya 42:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ibihugu vyo ku nkengera y’amazi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:33; Yes 44:27; 50:2

Yesaya 42:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:18; 35:5; Yr 31:8
  • +Yes 30:21
  • +Yes 60:1, 20
  • +Yes 40:4

Yesaya 42:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu cuma bashongesheje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:10, 11; 45:16

Yesaya 42:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:9, 10; 43:8

Yesaya 42:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 56:10; Yr 4:22; Ezk 12:2

Yesaya 42:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 33:31

Yesaya 42:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «inyigisho.»

Yesaya 42:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:15, 33; Yr 50:17
  • +Zb 102:19, 20
  • +Gus 28:29, 52

Yesaya 42:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «inyigisho.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:12, 14; 2Ng 15:3, 6; Zb 106:41

Yesaya 42:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:22; Nah 1:6
  • +Yes 9:13; Yr 5:3; Hs 7:9
  • +Yes 57:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 42:1Yes 52:13
Yes. 42:1Yes 49:7; Lk 9:35
Yes. 42:1Mt 3:17; Yoh 6:27; 2Pt 1:17
Yes. 42:1Yes 61:1; Mt 3:16
Yes. 42:1Mt 12:15-18
Yes. 42:2Zk 9:9; Mt 12:16, 19
Yes. 42:3Mt 11:28, 29; Heb 2:17
Yes. 42:3Yes 11:3, 4; Mt 12:20; Yoh 5:30; Ivh 19:11
Yes. 42:4Yes 9:7; 49:8
Yes. 42:5Yes 40:22, 26
Yes. 42:5Yr 10:12
Yes. 42:5It 2:7; Ivk 17:24, 25
Yes. 42:5Yb 12:10
Yes. 42:6Yes 49:8
Yes. 42:6Yes 49:6; Lk 2:29-32; Yoh 8:12
Yes. 42:7Yes 35:5
Yes. 42:7Yes 61:1; 1Pt 2:9
Yes. 42:8Kv 34:14
Yes. 42:9Yes 41:23; 43:19; 2Pt 1:21
Yes. 42:10Zb 96:1; 98:1; Ivh 14:3
Yes. 42:10Yes 44:23
Yes. 42:10Yes 51:5
Yes. 42:11Yes 35:1
Yes. 42:11It 25:13; Yes 60:7
Yes. 42:12Zb 22:27; Yes 24:15; 66:19
Yes. 42:13Yes 59:17
Yes. 42:13Kv 15:3
Yes. 42:131Sm 2:10
Yes. 42:15Zb 107:33; Yes 44:27; 50:2
Yes. 42:16Yes 29:18; 35:5; Yr 31:8
Yes. 42:16Yes 30:21
Yes. 42:16Yes 60:1, 20
Yes. 42:16Yes 40:4
Yes. 42:17Yes 44:10, 11; 45:16
Yes. 42:18Yes 6:9, 10; 43:8
Yes. 42:19Yes 56:10; Yr 4:22; Ezk 12:2
Yes. 42:20Ezk 33:31
Yes. 42:22Gus 28:15, 33; Yr 50:17
Yes. 42:22Zb 102:19, 20
Yes. 42:22Gus 28:29, 52
Yes. 42:24Abc 2:12, 14; 2Ng 15:3, 6; Zb 106:41
Yes. 42:25Gus 32:22; Nah 1:6
Yes. 42:25Yes 9:13; Yr 5:3; Hs 7:9
Yes. 42:25Yes 57:11
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 42:1-25

Yesaya

42 Ehe umusavyi wanje+ nshigikiye!

Ng’uyu uwo nitoreye+, uwo nashimye+!

Namushizemwo impwemu yanje+.

Azozanira amahanga ubutungane+.

 2 Ntazosemerera canke ngo aduze ijwi,

kandi ntazokwumvikanisha ijwi ryiwe mw’ibarabara+.

 3 Ntazovuna irenga rijanjaguritse,

kandi ntazozimya urutambi ruriko rurafumba umwotsi+.

Azozana ubutungane abigiranye ubwizigirwa+.

 4 Ntazoruha canke ngo acike intege, gushika ashizeho ubutungane mw’isi+.

Amazinga aguma arindiriye amategeko* atanga.

 5 Ibi ni vyo Imana y’ukuri Yehova ivuze,

Umuremyi w’ijuru akaba n’Imana ihambaye iriramvura+,

Umwe yarema* isi n’ibiri kuri yo+,

Umwe aha impemu abantu bayibako+,

agaha n’impwemu abayigendagendako+:

 6 «Jewe Yehova naguhamagaye mu bugororotsi,

ndagufata ukuboko.

Nzokuzigama, ndagutange ngo ubere abantu isezerano+,

ube n’umuco w’amahanga+,

 7 kugira ngo uhumure amaso ahumye+,

usohore mu gasho imbohe,

usohore mw’ibohero abicaye mu mwiza+.

 8 Ndi Yehova. Iryo ni ryo zina ryanje.

Nta wundi n’umwe mpa* ubuninahazwa bwanje,

canke ngo mpe ishemezo ryanje ibishusho bibajwe+.

 9 Raba, ivya mbere vyarangutse.

Ubu ndabamenyesha bishasha.

Ndabibabwira imbere y’uko biba+.»

10 Nimuririmbire Yehova indirimbo nshasha+,

mumuririmbire ishemezo kuva ku mpera z’isi+,

mwebwe abagendera ku kiyaga n’ibikibamwo vyose,

mwebwe mazinga n’abayabamwo+.

11 Ubugaragwa n’ibisagara vyabwo nibiduze ijwi+,

n’ibigwati Kedari+ abamwo.

Ababa ahantu h’ibitandara nibihe akamo k’umuneze⁠ro.

Nibakome akaruru bari kw’isonga ry’imisozi.

12 Nibahe ubuninahazwa Yehova,

bamenyeshe ishemezo ryiwe mu mazinga+.

13 Yehova azosohoka nk’umunyenkomezi+.

Azovyura umwete wiwe nk’umurwanyi+.

Azokwiha akaruru, emwe, azokwiha akaruru k’intambara.

Azokwerekana ko asumvya inkomezi abansi biwe+.

14 Imana ivuga iti: «Natekereje igihe kirekire.

Nagumye ncereje ndigumya.

Kurya kw’umugore ariko aribaruka,

nzonihagira, mpezagirike, vyanke ko mpema, vyose icarimwe.

15 Nzotikiza imisozi n’imirambi,

numishe ibimera vyaho vyose.

Inzuzi nzozihindura amazinga*,

numishe ibidengeri vy’amazi vyuzuyeko amarenga+.

16 Abantu b’impumyi nzotuma bagendera mu nzira batazi+,

ntume baca mu mayira batamenyereye+.

Umwiza nzowuhindura umuco imbere yabo+,

ahantu hataringaniye ndahahindure ahantu hashashe+.

Ivyo ni vyo nzobakorera, kandi sinzobaheba.»

17 Bazosubizwa inyuma, bamaramare rwose,

barya bizigira ibishusho bibajwe,

barya babwira ibishusho bikozwe mu cuma* bati: «Ni mwebwe mana zacu+.»

18 Nimwumve, yemwe abatumva.

Nimwitegereze mubone, yemwe mpumyi+.

19 Ni nde ari impumyi nk’umusavyi wanje?

Ni nde afise ingorane yo kutumva nk’intumwa yanje?

Ni nde ari impumyi nk’uwo nahaye impera?

Ni nde ari impumyi nk’umusavyi wa Yehova+?

20 Ubona ibintu vyinshi mugabo ntiwitegereza.

Urugurura amatwi mugabo ntiwumviriza+.

21 Yehova yahimbawe no gushira hejuru amategeko* yiwe

akayagira ayakomeye, kubera ubugororotsi bwiwe.

22 Mugabo ni ihanga ryasahuwe riramburwa+.

Bose bafashwe n’umutego mu binogo, banyegezwa mu mabohero+.

Barasahuwe babura uwubatabara+,

baramburwa ntihagira uwuvuga ngo: «Garukana!»

23 Muri mwebwe ni nde azokwumva ivyo bintu?

Ni nde azotega ugutwi akumviriza ku bwa kazoza?

24 Ni nde yatumye Yakobo yamburwa,

agatuma Isirayeli isahurwa?

Mbega si Yehova, Umwe twacumurako?

Twaranse kugendera mu nzira ziwe,

twanka kwumvira amategeko* yiwe+.

25 Ni co gituma yagumye asuka kuri Isirayeli uburake n’ishavu,

amuteza n’intambara zikaze+.

Vyaramuturiye impande zose mugabo ntiyagira ico yitaho+.

Umuriro waramugwiranye mugabo ntiyabishirako umutima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika