ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 43:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Amahanga yose nahurire mu kibanza kimwe,

      n’abantu bakoranire hamwe+.

      Muri bo* ni nde ashobora kubihishura

      canke akatumenyesha ibizoba ubwa mbere+?

      Nibazane ivyabona vyabo kugira berekane ko bavuga vyo,

      canke na ho abandi bumve maze bavuge bati: “Ni ukuri+!”»

  • Yesaya 44:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Ni nde ameze nkanje+?

      Nasemerere abivuge, ampe ibimenyamenya+.

      Navuge ibigira bibe

      avuge n’ibizoba,

      nk’uko nabigize kuva igihe nashiraho ihanga rya kera.

  • Yesaya 45:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Nimutange ivyiyumviro vyanyu, mushikirize imburano zanyu.

      Nimuje hamwe muje inama.

      Ibi ni nde yabivuze kuva kera

      akabimenyekanisha kuva kera na rindi?

      None si jewe Yehova?

      Nta yindi Mana atari jewe.

      Ndi Imana igororotse kandi ikiza+, nta yindi iriho atari jewe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika