ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 48:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 Nimuve muri Babiloni+!

      Nimuhunge Abakaludaya!

      Nimubimenyekanishe n’akamo k’umunezero, mubitangaze+.

      Nimuvyamamaze gushika ku mpera z’isi+.

      Nimuvuge muti: «Yehova yacunguye umusavyi wiwe Yakobo+.

  • Yeremiya 50:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 «Nimuhunge muve muri Babiloni,

      muve mu gihugu c’Abakaludaya+,

      mube nk’ibitungwa biyobora ibindi mu busho.

  • Yeremiya 51:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  6 Nimuhunge muve muri Babiloni,

      munyage amagara+.

      Ntimuhone kubera ikosa ryiwe.

      Kuko ari igihe c’uko Yehova yihora.

      Amusubirije mu nkoko ivyo yakoze+.

  • Zakariya 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 «Ingo! Ingo! Nimuhunge muve mu gihugu co mu buraruko+», ni ko Yehova avuze.

      «Kuko nabashwiragirije ku mpande zine z’isi*+», ni ko Yehova avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika