Zaburi 44:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ewe Mana yanje, ni wewe Mwami wanje+.Tanga itegeko* Yakobo atahukane intsinzi bimwe bishitse*. Zaburi 97:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 97 Yehova abaye Umwami+! Isi ninezerwe+. Amazinga menshi nahimbarwe+. Ivyahishuwe 11:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Umumarayika w’indwi avuza urumbete rwiwe+. Mw’ijuru haca humvikana amajwi akomeye avuga ati: «Ubwami bw’isi bubaye Ubwami bw’Umukama wacu+ n’ubwa Kristu wiwe+, kandi azoganza gushika ibihe bidahera+.» Ivyahishuwe 11:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 bavuga bati: «Turagushimiye, Yehova* Mana Mushoboravyose, wewe uriho+ kandi wamyeho, kuko wafashe ububasha bwawe bukomeye ugatangura kuganza+.
15 Umumarayika w’indwi avuza urumbete rwiwe+. Mw’ijuru haca humvikana amajwi akomeye avuga ati: «Ubwami bw’isi bubaye Ubwami bw’Umukama wacu+ n’ubwa Kristu wiwe+, kandi azoganza gushika ibihe bidahera+.»
17 bavuga bati: «Turagushimiye, Yehova* Mana Mushoboravyose, wewe uriho+ kandi wamyeho, kuko wafashe ububasha bwawe bukomeye ugatangura kuganza+.