Zaburi 74:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ariko Imana ni yo Mwami wanje kuva kera,imwe irokora abasavyi bayo kw’isi yose+. Yesaya 33:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Kuko Yehova ari we Mucamanza wacu+.Yehova ni we adushingira amategeko+,Yehova ni we Mwami wacu+.Ni we azodukiza+.
22 Kuko Yehova ari we Mucamanza wacu+.Yehova ni we adushingira amategeko+,Yehova ni we Mwami wacu+.Ni we azodukiza+.