ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 52
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Vyuka, ewe Siyoni! (1-12)

        • Ibirenge vy’uwuzanye inkuru nziza birateye igomwe (7)

        • Inderetsi za Siyoni ziha akamo icarimwe (8)

        • Abarerura ibikoresho vya Yehova bategerezwa kudahumana (11)

      • Umusavyi wa Yehova azoninahazwa (13-15)

        • Umuntu afise mu maso hononywe (14)

Yesaya 52:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Kugenyera hari abavyita «gusiramura» canke «gukebwa.» Raba Insiguro y’amajambo (Kugenyera).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hg 2:4
  • +Yes 51:17
  • +Yes 61:3
  • +Yes 35:8; 60:21; Ivh 21:27

Yesaya 52:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iminyororo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:14; 61:1

Yesaya 52:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 50:1
  • +Yes 45:13

Yesaya 52:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:5-7

Yesaya 52:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 137:3; Yr 50:17
  • +Zb 74:10; Rm 2:24

Yesaya 52:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 20:44

Yesaya 52:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:9; Nah 1:15; Ivk 8:4; Rm 10:15; Ef 6:14, 15
  • +Lk 2:14; Ivk 10:36; Ef 2:17
  • +Zb 93:1; Yes 33:22; Mik 4:7; Mt 24:14; Ivh 11:15, 17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2005, rup. 18-19

    1/1/1998, rup. 16

    1/5/1997, rup. 19-20

    1/2/1997, rup. 3-4, 6

Yesaya 52:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «amaso mu yandi.»

Yesaya 52:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 61:4
  • +Yes 66:13
  • +Yes 44:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 20

Yesaya 52:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «itsinda.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:9
  • +Zb 22:27; Yes 49:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 20

Yesaya 52:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:20; Yr 50:8; 51:6; Zk 2:6
  • +Lw 5:2; Ezk 44:23
  • +2Kr 6:17; Ivh 18:4
  • +Lw 10:3; Gh 3:6, 8; Ezr 1:7; 8:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 106-107

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 89

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 265-266

Yesaya 52:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:21; 1Ng 14:15
  • +Yes 58:8

Yesaya 52:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ugutahura kwimbitse.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:1; 61:1; Fp 2:5-7
  • +Zb 2:6; 110:1; Yes 9:6; Mt 28:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 24-25

Yesaya 52:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bazobura ico bavuga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:2
  • +Zb 2:10; 72:11
  • +Rm 15:20, 21

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 52:1Hg 2:4
Yes. 52:1Yes 51:17
Yes. 52:1Yes 61:3
Yes. 52:1Yes 35:8; 60:21; Ivh 21:27
Yes. 52:2Yes 51:14; 61:1
Yes. 52:3Yes 50:1
Yes. 52:3Yes 45:13
Yes. 52:4It 46:5-7
Yes. 52:5Zb 137:3; Yr 50:17
Yes. 52:5Zb 74:10; Rm 2:24
Yes. 52:6Ezk 20:44
Yes. 52:7Yes 40:9; Nah 1:15; Ivk 8:4; Rm 10:15; Ef 6:14, 15
Yes. 52:7Lk 2:14; Ivk 10:36; Ef 2:17
Yes. 52:7Zb 93:1; Yes 33:22; Mik 4:7; Mt 24:14; Ivh 11:15, 17
Yes. 52:9Yes 61:4
Yes. 52:9Yes 66:13
Yes. 52:9Yes 44:23
Yes. 52:10Yes 51:9
Yes. 52:10Zb 22:27; Yes 49:6
Yes. 52:11Yes 48:20; Yr 50:8; 51:6; Zk 2:6
Yes. 52:11Lw 5:2; Ezk 44:23
Yes. 52:112Kr 6:17; Ivh 18:4
Yes. 52:11Lw 10:3; Gh 3:6, 8; Ezr 1:7; 8:30
Yes. 52:12Kv 13:21; 1Ng 14:15
Yes. 52:12Yes 58:8
Yes. 52:13Yes 42:1; 61:1; Fp 2:5-7
Yes. 52:13Zb 2:6; 110:1; Yes 9:6; Mt 28:18
Yes. 52:15Zb 2:2
Yes. 52:15Zb 2:10; 72:11
Yes. 52:15Rm 15:20, 21
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 52:1-15

Yesaya

52 Vyuka, vyuka! Ambara inkomezi+, ewe Siyoni+!

Ambara impuzu zawe nziza+, ewe Yeruzalemu gisagara ceranda!

Kuko uwutagenyerewe* n’uwuhumanye batazokwongera kwinjira iwawe+.

 2 Ikunkumure umukungugu, uhaguruke maze ufate icicaro, ewe Yeruzalemu!

Tekurura imigozi* waboheshejwe mw’izosi, ewe mukobwa wa Siyoni wagizwe imbohe+!

 3 Kuko Yehova avuze ati:

«Mwagurishijwe kuri gusa+,

kandi muzocungurwa ata mahera arishwe+.»

 4 Kuko Umukama Segaba Yehova avuze ati:

«Mu ntango abantu banje bamanutse mu Misiri kubayo ari abanyamahanga+,

maze Abashuri barabacinyiza ata mvo.»

 5 «None ubu nkore iki?» ni ko Yehova avuze.

«Kuko abantu banje bajanywe kuri gusa.

Ababaganza baguma biha akamo bigamba+», ni ko Yehova avuze,

«kandi izina ryanje riguma risuzugurwa+ bukarinda bwira.

 6 Ku bw’iyo mvo, abantu banje bazomenya izina ryanje+.

Ku bw’iyo mvo, kuri uwo musi bazomenya ko ari je ndiko ndavuga.

Emwe ni jewe!»

 7 Ewe kuntu biteye igomwe ku misozi ibirenge vy’uwuzanye inkuru nziza+,

uwutangaza amahoro+,

uwuzanye inkuru nziza y’ikintu ciza kuruta,

uwutangaza ubukiriro,

akabwira Siyoni ati: «Imana yawe ibaye Umwami+!»

 8 Umviriza! Inderetsi zawe zishize ijwi hejuru.

Zihaye akamo k’umunezero icarimwe,

kuko zizovyibonera neza* Yehova niyagarukana ab’i Siyoni.

 9 Nimugire akamwemwe, mwihe akamo k’umunezero icarimwe, mwa bihomvagurike vy’i Yeruzalemu+,

kuko Yehova yahojeje abantu biwe+, acungura Yeruzalemu+.

10 Yehova azinze impuzu ngo yereke amahanga yose ukuboko kwiwe kweranda+.

Abo ku mpera zose z’isi bazobona ingene Imana yacu idukiza*+.

11 Nimuhindukire, nimuhindukire muveyo+. Ntimukore ku gihumanye na kimwe+.

Nimuve iwe+, mwirinde guhumana,

mwebwe murerura ibikoresho vyo mu nzu ya Yehova+.

12 Nimwagenda ntimuzota umutwe

canke ngo muhunge,

kuko Yehova azobaja imbere+,

kandi Imana ya Isirayeli izogendera inyuma yanyu ibakingire+.

13 Raba! Umusavyi wanje+ azokorana ubukerebutsi*.

Azoshirwa hejuru, aduzwe,

aninahazwe cane+.

14 Benshi baramuravye bumiwe

kuko mu maso hiwe hononywe kuruta ah’uwundi muntu wese,

n’ubwiza bwiwe butangaje burononwa kuruta ubw’abandi bantu.

15 Ukwo nyene ni ko azotuma amahanga menshi ahababuka+.

Abami ntibazokurako umunwa* imbere yiwe+

kuko bazobona ivyo batari barabwiwe,

bashire umutima ku vyo batari barumvise+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika