Zaburi
Ni indirimbo y’abariko baraduga.
121 Ndunamura amaso nkaraba ku misozi+.
Ugutabarwa kwanje kuzova hehe?
3 Ntazokwigera yemera ko ikirenge cawe kinyerera*+.
Umwe agukingira ntazokwigera agoheka*.
5 Yehova ni we agukingira.
Yehova ni igitutu+ iburyo bwawe+.
7 Yehova azogukingira ivyokugirira nabi vyose+.
Azorinda ubuzima bwawe+.