ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 45
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Kuro yaratowe ngo afate Babiloni (1-8)

      • Ibumba ntiryorwana n’Umubumvyi (9-13)

      • Ayandi mahanga azokwubaha Isirayeli (14-17)

      • Imana ni iyo kwizigirwa turavye ivyo yaremye n’ivyo yahishuye (18-25)

        • Isi yaremwe kugira ngo ibeko abantu (18)

Yesaya 45:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uwo narobanuje amavuta.» Raba Insiguro y’amajambo (Kurobanura).

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nkenyurure mu mafyinga.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:1, 2; Yes 44:28
  • +Yes 45:4
  • +Yes 13:17; 41:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 18

Yesaya 45:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:4
  • +Zb 107:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 3

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 18

Yesaya 45:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:35, 37
  • +Ezr 1:1, 2; Yes 44:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 18-19

Yesaya 45:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nzogukenyeza neza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:35, 39; 32:39

Yesaya 45:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kuva mu buseruko gushika mu burengero.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:46; Zb 102:15, 16; Yes 37:20
  • +Zb 83:18

Yesaya 45:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:3; Yr 31:35
  • +Kv 10:21; Zb 104:20
  • +Yes 26:12
  • +Ums 7:14; Am 3:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 19

Yesaya 45:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 34:26
  • +Yes 61:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 19

Yesaya 45:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «uwuharira.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Uwamuhinguye.»

  • *

    Canke «Uwaritunganije.»

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «canke ibumba ryovuga riti: “Ivyo wakoze ntibigira aho gufata”?»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:16; Yr 18:6; Rm 9:20

Yesaya 45:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «icaguteye ububabare bwo kwibaruka ni igiki?»

Yesaya 45:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:3
  • +Hs 1:10

Yesaya 45:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «narakoze.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:1; Yes 40:28
  • +It 1:27
  • +Yes 44:24; Yr 32:17; Zk 12:1
  • +Neh 9:6

Yesaya 45:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:6
  • +2Ng 36:23; Ezr 1:2, 3; Yes 44:28
  • +Yes 14:16, 17; 43:14; 49:25
  • +Yes 13:17

Yesaya 45:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «abakozi.»

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «abadandaza.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 8:17; Yes 14:1, 2; 49:23; 60:14; 61:5
  • +Zk 8:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 26

    1/4/2007, rup. 24-25

Yesaya 45:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:11; 60:16; Tt 1:3

Yesaya 45:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:7; Yes 44:9

Yesaya 45:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 26:4; 51:6
  • +Yes 29:22; 54:4; Yw 2:26; Zf 3:11

Yesaya 45:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «akayihingura.»

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «ntayireme ngo ibeko ubusa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:5; Yr 10:12
  • +Zb 78:69; 104:5; 119:90; Img 3:19
  • +It 1:28; 9:1; Zb 37:29; 115:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

Yesaya 45:19

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:16
  • +Zb 111:7, 8; 119:137

Yesaya 45:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 66:20; Yr 50:28
  • +Yes 42:17; Yr 50:2

Yesaya 45:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:3
  • +Gus 4:39; Yes 44:8; Mr 12:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1998, rup. 28

Yesaya 45:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 7:7
  • +Gus 4:35

Yesaya 45:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «ntirizosubira inyuma.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:10, 11
  • +Gus 6:13; Rm 14:11

Yesaya 45:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «urubuto.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 61:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 45:1Ezr 1:1, 2; Yes 44:28
Yes. 45:1Yes 45:4
Yes. 45:1Yes 13:17; 41:25
Yes. 45:2Yes 13:4
Yes. 45:2Zb 107:16
Yes. 45:3Yr 50:35, 37
Yes. 45:3Ezr 1:1, 2; Yes 44:28
Yes. 45:5Gus 4:35, 39; 32:39
Yes. 45:61Sm 17:46; Zb 102:15, 16; Yes 37:20
Yes. 45:6Zb 83:18
Yes. 45:7It 1:3; Yr 31:35
Yes. 45:7Kv 10:21; Zb 104:20
Yes. 45:7Yes 26:12
Yes. 45:7Ums 7:14; Am 3:6
Yes. 45:8Ezk 34:26
Yes. 45:8Yes 61:11
Yes. 45:9Yes 29:16; Yr 18:6; Rm 9:20
Yes. 45:11Yes 43:3
Yes. 45:11Hs 1:10
Yes. 45:12It 1:1; Yes 40:28
Yes. 45:12It 1:27
Yes. 45:12Yes 44:24; Yr 32:17; Zk 12:1
Yes. 45:12Neh 9:6
Yes. 45:13Yes 42:6
Yes. 45:132Ng 36:23; Ezr 1:2, 3; Yes 44:28
Yes. 45:13Yes 14:16, 17; 43:14; 49:25
Yes. 45:13Yes 13:17
Yes. 45:14Est 8:17; Yes 14:1, 2; 49:23; 60:14; 61:5
Yes. 45:14Zk 8:23
Yes. 45:15Yes 43:11; 60:16; Tt 1:3
Yes. 45:16Zb 97:7; Yes 44:9
Yes. 45:17Yes 26:4; 51:6
Yes. 45:17Yes 29:22; 54:4; Yw 2:26; Zf 3:11
Yes. 45:18Yes 42:5; Yr 10:12
Yes. 45:18Zb 78:69; 104:5; 119:90; Img 3:19
Yes. 45:18It 1:28; 9:1; Zb 37:29; 115:16
Yes. 45:19Yes 48:16
Yes. 45:19Zb 111:7, 8; 119:137
Yes. 45:20Yes 66:20; Yr 50:28
Yes. 45:20Yes 42:17; Yr 50:2
Yes. 45:21Yes 43:3
Yes. 45:21Gus 4:39; Yes 44:8; Mr 12:32
Yes. 45:22Mik 7:7
Yes. 45:22Gus 4:35
Yes. 45:23Yes 55:10, 11
Yes. 45:23Gus 6:13; Rm 14:11
Yes. 45:25Yes 61:9
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 45:1-25

Yesaya

45 Ibi ni vyo jewe Yehova mbwiye Kuro+, uwo natoye*,

uwo mfashe ukuboko kw’ukuryo+

ngo ntume amahanga amuyobokera+,

kugira ngo nake ibirwanisho* abami,

kugira ngo nugurure imbere yiwe ya miryango y’inzugi zibirizibiri,

kugira amarembo ntazokwugarwe:

 2 «Nzogendera imbere yawe+,

ndinganize udusozi.

Nzomenagura imiryango y’umujumpu,

mvunagure ivyugazo vy’icuma+.

 3 Nzoguha amatungo ari mu mwiza,

n’amatungo anyegejwe mu bibanza vyihishije+,

kugira ngo umenye yuko ndi Yehova,

Imana ya Isirayeli, Umwe aguhamagaye mw’izina ryawe+.

 4 Ndaguhamagaye mw’izina

kubera umusavyi wanje Yakobo no kubera Isirayeli uwo natoye.

Ndaguhaye izina ry’icubahiro naho utari unzi.

 5 Ndi Yehova, kandi nta wundi ariho.

Nta yindi Mana atari jewe+.

Nzogukomeza* naho utari unzi,

 6 kugira ngo kuva iyo izuba riserukira gushika iyo rirengera*,

abantu bamenye

yuko ata wundi ariho atari jewe+.

Ndi Yehova, kandi nta wundi ariho+.

 7 Ni jewe ndema umuco+ n’umwiza+,

nkazana amahoro+ n’ivyago+.

Jewe Yehova, ni jewe nkora ivyo vyose.

 8 Wa juru we, gwisha imvura ivuye iyo hejuru+.

Ibicu nibisuke ubugororotsi.

Isi niyuguruke yame ubukiriro,

muri uwo mwanya nyene itume n’ubugororotsi bunaga+.

Jewe Yehova, ni jewe nabiremye.»

 9 Aragowe uwurwana* n’Uwamuremye*

kandi ari urujo gusa

ruri hasi mu zindi njo!

Mbega ibumba ryobwira Umubumvyi* ngo: «Uriko ukora iki+?»

Canke ikintu wakoze covuga ngo: «Nta maboko agira*»?

10 Aragowe uwubwira se ati: «Wamvyariye iki?»,

akabwira nyina ati: «Kubera iki wanyibarutse*?»

11 Yehova, wa Mweranda wa Isirayeli+ akaba n’Umubumvyi wiwe, avuze ati:

«Mwompaririza ku bijanye n’ibigira bibe,

mukampa amategeko ku bijanye n’abana banje+ canke ivyo nakoze n’amaboko yanje?

12 Nararemye* isi+, ndema n’umuntu ayibako+.

Nakoresheje amaboko yanje nsanza ijuru+,

kandi ingabo zaryo zose ndaziha amategeko+.»

13 «Narahagurukije umuntu mu bugororotsi+,

kandi nzogorora inzira ziwe zose.

Ni we azokwubaka igisagara canje+,

akarekura abantu banje bari mu bunyagano+ ata co arihishije kandi ata giturire asavye+», ni ko Yehova Nyeningabo avuze.

14 Yehova avuze ati:

«Inyungu* ya Misiri, ibidandazwa* vya Etiyopiya n’abantu barebare b’Abasabeya,

bazoza iwawe babe abawe.

Bazogendera inyuma yawe baboheshejwe iminyororo.

Bazoza bakwunamire+, bakubwire n’icubahiro bati:

“Vy’ukuri Imana iri kumwe nawe+,

kandi nta yindi iriho, nta yindi Mana iriho.”»

15 Vy’ukuri uri Imana yihisha,

ewe Mana ya Isirayeli, wewe Mukiza+.

16 Bose bazomaramara bacishwe bugufi.

Abakora ibigirwamana bose bazogenda bateterewe+.

17 Mugabo mwebwe Abisirayeli, muzokizwa na Yehova ibihe vyose+.

Ntimuzomaramara canke ngo muteterwe ibihe vyose+.

18 Kuko Yehova, Umuremyi w’ijuru+, we Mana y’ukuri,

we yabumvye isi akayirema* akayikomeza+, ntayiremere ubusa*

mugabo akayirema ngo ibeko abantu+,

avuze ati:

«Ndi Yehova, kandi nta wundi ariho.

19 Sinavugiye mu kibanza cihishije+, mu gihugu c’umwiza.

Sinabwiye uruvyaro* rwa Yakobo nti:

“Nimundonderere ubusa.”

Ndi Yehova, umwe avuga ibigororotse, akamenyesha ibitunganye+.

20 Nimukoranire hamwe muze.

Nimwegere mwese mwebwe abacitse kw’icumu mukava mu mahanga+.

Abagenda bikoreye ibishusho vy’ibibazano nta na kimwe bazi,

kandi basenga imana idashobora kubakiza+.

21 Nimutange ivyiyumviro vyanyu, mushikirize imburano zanyu.

Nimuje hamwe muje inama.

Ibi ni nde yabivuze kuva kera

akabimenyekanisha kuva kera na rindi?

None si jewe Yehova?

Nta yindi Mana atari jewe.

Ndi Imana igororotse kandi ikiza+, nta yindi iriho atari jewe+.

22 Nimungarukeko mukizwe+, mwese abo ku mpera z’isi,

kubera ari jewe Mana kandi akaba ata yindi iriho+.

23 Narirahiye ubwanje.

Iri jambo ryavuye mu kanwa kanje ni iry’ukuri

kandi rizoranguka*+:

amavi yose azompfukamira,

ururimi rwose ruzorahira ko ruzonyobokera+.

24 Bazovuga bati: “Ni ukuri, kwa Yehova ni ho hari ubugororotsi nyakuri n’inkomezi.

Abamushavurira cane bose bazoza imbere yiwe bamaramara.

25 Uruvyaro* rwose rwa Isirayeli ruzobona ko rutihenze+ mu gukorera Yehova

kandi ruzomwiratira.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika