ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 37
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Hezekiya atabaza Imana biciye kuri Yesaya (1-7)

      • Senakeribu atera ubwoba ababa i Yeruzalemu (8-13)

      • Isengesho rya Hezekiya (14-20)

      • Yesaya avuga ivyo Imana yamwishuye (21-35)

      • Umumarayika yica Abashuri 185.000 (36-38)

Yesaya 37:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:1-4

Yesaya 37:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ivyo mu rugo rw’umwami.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 26:22; Yes 1:1

Yesaya 37:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «gutukwa.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abahungu bageze ku munwa w’igitereko.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 26:17, 18

Yesaya 37:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:45; 2Bm 18:28, 35
  • +2Ng 32:20; Zb 50:15; Yw 2:17
  • +2Bm 17:18

Yesaya 37:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:5-7

Yesaya 37:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 20:1
  • +2Bm 18:17

Yesaya 37:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «impwemu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 21:1
  • +2Ng 32:21; Yes 37:37, 38

Yesaya 37:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 10:29, 30; 2Bm 8:22; 19:8-13

Yesaya 37:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:17

Yesaya 37:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:15

Yesaya 37:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:5, 6; 2Ng 32:13; Yes 10:11

Yesaya 37:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 36:19
  • +It 11:31

Yesaya 37:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:24; Yes 36:19

Yesaya 37:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «arigaranzura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:14-19

Yesaya 37:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:30; 2Ng 6:20; 20:9; Dn 9:3

Yesaya 37:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «hagati.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «wahinguye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:7; Yes 8:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1996, rup. 16

Yesaya 37:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 6:40; Zb 65:2
  • +2Ng 16:9; 1Pt 3:12
  • +Yes 37:4

Yesaya 37:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 15:29; 16:8, 9; 1Ng 5:26

Yesaya 37:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:11
  • +Yes 40:19; 41:7; Yr 10:3; Hs 8:6; Ivk 17:29

Yesaya 37:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:31, 39; Zb 83:18; 96:5

Yesaya 37:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:20, 21

Yesaya 37:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:4, 16
  • +2Bm 18:30, 35; Yes 10:12, 13
  • +Kv 15:11; 2Bm 19:22-24; Yes 10:20; Ezk 39:7

Yesaya 37:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Umuberoshi ni igiti gishaka kumera nk’akajwari. Mu gifaransa bacita genévrier.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:17
  • +Yes 10:10, 11

Yesaya 37:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «y’uruzi Nili.»

Yesaya 37:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «nabikoze.»

  • *

    Canke «nabitunganije.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:11; Yes 46:10
  • +Yes 55:10, 11
  • +2Bm 19:25, 26

Yesaya 37:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ku gisenge.»

Yesaya 37:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 5:21; 15:3; Heb 4:13
  • +2Bm 19:27, 28

Yesaya 37:29

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «imijiginya.» Ni imigozi bambika ifarasi kugira bayiyobore. Iyo migozi iba iboheye ku kuma bacisha mu kanwa k’ifarasi.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:6; Yes 10:15; 37:23
  • +Yes 36:4, 20
  • +Zb 32:9

Yesaya 37:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:29-31

Yesaya 37:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:9; 10:20, 21

Yesaya 37:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:4
  • +Yes 59:17; Yw 2:18; Zk 1:14, 15

Yesaya 37:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:24
  • +2Ng 32:22; Yes 10:32
  • +2Bm 19:32-34

Yesaya 37:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 31:5
  • +Gus 32:27; 1Sm 12:22; 2Bm 20:6; Ezk 36:22
  • +1Bm 15:4

Yesaya 37:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:35-37; 2Ng 32:21

Yesaya 37:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:8, 11; Yon 1:2
  • +2Bm 19:7, 28

Yesaya 37:38

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «mu nzu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:21
  • +It 8:4
  • +Ezr 4:1, 2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2003, rup. 11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 37:12Bm 19:1-4
Yes. 37:22Ng 26:22; Yes 1:1
Yes. 37:3Yes 26:17, 18
Yes. 37:41Sm 17:45; 2Bm 18:28, 35
Yes. 37:42Ng 32:20; Zb 50:15; Yw 2:17
Yes. 37:42Bm 17:18
Yes. 37:52Bm 19:5-7
Yes. 37:6Gus 20:1
Yes. 37:62Bm 18:17
Yes. 37:7Img 21:1
Yes. 37:72Ng 32:21; Yes 37:37, 38
Yes. 37:8Yos 10:29, 30; 2Bm 8:22; 19:8-13
Yes. 37:92Bm 18:17
Yes. 37:102Ng 32:15
Yes. 37:112Bm 17:5, 6; 2Ng 32:13; Yes 10:11
Yes. 37:12Yes 36:19
Yes. 37:12It 11:31
Yes. 37:132Bm 17:24; Yes 36:19
Yes. 37:142Bm 19:14-19
Yes. 37:151Bm 8:30; 2Ng 6:20; 20:9; Dn 9:3
Yes. 37:16Zb 46:7; Yes 8:13
Yes. 37:172Ng 6:40; Zb 65:2
Yes. 37:172Ng 16:9; 1Pt 3:12
Yes. 37:17Yes 37:4
Yes. 37:182Bm 15:29; 16:8, 9; 1Ng 5:26
Yes. 37:19Yes 10:11
Yes. 37:19Yes 40:19; 41:7; Yr 10:3; Hs 8:6; Ivk 17:29
Yes. 37:20Gus 32:31, 39; Zb 83:18; 96:5
Yes. 37:212Bm 19:20, 21
Yes. 37:232Bm 19:4, 16
Yes. 37:232Bm 18:30, 35; Yes 10:12, 13
Yes. 37:23Kv 15:11; 2Bm 19:22-24; Yes 10:20; Ezk 39:7
Yes. 37:242Ng 32:17
Yes. 37:24Yes 10:10, 11
Yes. 37:26Zb 33:11; Yes 46:10
Yes. 37:26Yes 55:10, 11
Yes. 37:262Bm 19:25, 26
Yes. 37:28Img 5:21; 15:3; Heb 4:13
Yes. 37:282Bm 19:27, 28
Yes. 37:29Zb 46:6; Yes 10:15; 37:23
Yes. 37:29Yes 36:4, 20
Yes. 37:29Zb 32:9
Yes. 37:302Bm 19:29-31
Yes. 37:31Yes 1:9; 10:20, 21
Yes. 37:322Bm 19:4
Yes. 37:32Yes 59:17; Yw 2:18; Zk 1:14, 15
Yes. 37:33Yes 10:24
Yes. 37:332Ng 32:22; Yes 10:32
Yes. 37:332Bm 19:32-34
Yes. 37:35Yes 31:5
Yes. 37:35Gus 32:27; 1Sm 12:22; 2Bm 20:6; Ezk 36:22
Yes. 37:351Bm 15:4
Yes. 37:362Bm 19:35-37; 2Ng 32:21
Yes. 37:37It 10:8, 11; Yon 1:2
Yes. 37:372Bm 19:7, 28
Yes. 37:382Ng 32:21
Yes. 37:38It 8:4
Yes. 37:38Ezr 4:1, 2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 37:1-38

Yesaya

37 Umwami Hezekiya akimara kuvyumva, aca yitaburirako impuzu maze yambara igunira, araheza aja mu nzu ya Yehova+. 2 Aca arungika Eliyakimu yari ajejwe ivyo ku kirimba*, n’umunyamabanga Shebuna n’abakuru mu baherezi ngo baje kuraba umuhanuzi Yesaya+ mwene Amozi. Bagiye bambaye amagunira. 3 Babwira Yesaya bati: «Hezekiya avuze ati: “Uyu musi ni umusi w’amarushwa, umusi wo gukarirwa*, umusi w’ibimaramare, kuko tumeze nk’umugore atagira inguvu zo kwibaruka+ kandi hageze ko umwana avuka*. 4 Hari aho Yehova Imana yawe yogira ico akoze yumvise ivyo Rabushake yavuze, uwo shebuja umwami wa Ashuri yatumye gucokora Imana nzima+. Hari aho Yehova Imana yawe yomuhana kubera amajambo yumvise. Ndagusavye rero usengere+ abasigaye mu gihugu+.”»

5 Izo ntumwa z’umwami Hezekiya zimaze guha Yesaya ubwo butumwa+, 6 Yesaya azibwira ati: «Mubwire shobuja muti: “Yehova avuze ati: ‘Ntutinye+ kubera amajambo wumvise avugwa n’abasuku umwami wa Ashuri+ yarungitse kuntuka. 7 Ngira ndamushiremwo iciyumviro* ku buryo azokwumva amakuru, agaca asubira mu gihugu iwe+. Nzotuma yicishwa inkota mu gihugu iwe+.’”»

8 Rabushake yumvise yuko umwami wa Ashuri yavuye i Lakishi, aca aja iyo ari, asanga ariko arwanira i Libuna+. 9 Umwami yumva amakuru avuga ko Tiruhaka umwami wa Etiyopiya yaje kumutera. Avyumvise, aca yongera kurungika intumwa kuri Hezekiya+ ati: 10 «Genda mubwire Hezekiya umwami w’Ubuyuda muti: “Iyo Mana yawe wizigira ntiguhende ngo Yeruzalemu ntizofatwa n’umwami wa Ashuri+. 11 None ntiwumvise ivyo abami ba Ashuri bakoreye ibihugu vyose bakabitikiza+? Wibaza ko ari wewe uzorokoka? 12 Mbega amahanga ba sogokuruza banje bahoneje, imana zayo zoba zarayarokoye+? Ihanga rya Gozani, irya Harani+ n’irya Rezefu ari hehe? Abantu b’i Edeni bahora i Telasari, bobo bari he? 13 Ari hehe umwami w’i Hamati n’uw’i Arupadi? Umwami w’ibisagara vy’i Sefaruvayimu+, uw’i Hena n’uw’i Iva, bobo bari hehe?”»

14 Hezekiya atora rero amakete izo ntumwa zimuzaniye arayasoma, hanyuma aja ku nzu ya Yehova, ayagaranzura* imbere ya Yehova+. 15 Hezekiya aca atangura gusenga Yehova+ ati: 16 «Ewe Yehova Nyeningabo+, Mana ya Isirayeli, wewe wicaye ku ntebe yawe y’ubwami hejuru* y’abakerubi, ni wewe wenyene uri Imana y’ukuri y’ubwami bwose bwo kw’isi. Ni wewe waremye* ijuru n’isi. 17 Tega ugutwi wumve, Yehova we+! Ugurura amaso Yehova, urabe+. Niwumve ubutumwa bwose Senakeribu yarungitse bwo kugucokora wewe Mana nzima+. 18 Ewe Yehova, ni ivy’ukuri ko abami ba Ashuri batikije ibihugu vyose+ n’igihugu cabo bwite. 19 Imana z’ayo mahanga bazitereye mu muriro+ kuko zitari imana vy’ukuri. Zahinguwe n’abantu+, zikorwa mu biti no mu mabuye. Ni co gituma bashoboye kuzitikiza. 20 None rero Yehova Mana yacu, nudukize umwami wa Ashuri, kugira ngo ubwami bwose bwo kw’isi bumenye yuko wewe Yehova, wewe wenyene ari wewe Mana+.»

21 Yesaya mwene Amozi aca arungikira Hezekiya ubutumwa bugira buti: «Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Kubera ko wansenze ku vyerekeye Senakeribu umwami wa Ashuri+, 22 ibi ni vyo jewe Yehova mvuze kuri we:

‘Umukobwa w’isugi wa Siyoni aragusuzuguye, aragutwenze.

Umukobwa wa Yeruzalemu arakuzungagirije umutwe.

23 Mbega urazi uwo wacokoye+? Urazi uwo watutse?

Uwo wakankamiye+,

ukamurabana ubwibone, uramuzi?

Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!

24 Warungitse abasuku bawe kuncokora jewe Yehova+, uvuga uti:

“Ko mfise imikogote myinshi y’intambara,

nzoduga hejuru ku misozi+,

nshike mu duce tw’i Libani turi kure cane.

Nzokwicira ibiti vyaho vy’amasederi birebire n’ivy’imiberoshi* vyizavyiza.

Nzokwinjira mu bibanza vyaho binyegeye kandi bihanamye cane, mu mashamba yaho azitanye cane.

25 Nzokwimba amariba, nywe amazi.

Nzokamya imigende y’amazi* yo mu Misiri nkoresheje ibirenge vyanje.”

26 Mbega ntiwari bwavyumve? Navyiyumviriye* kuva kera cane.

Nabiteguye* kuva kera na rindi+.

Ubu rero ngira ndabikore+.

Uzotikiza ibisagara bikingijwe ibihome, bisigare ari ibirundo vy’ibihomvagurike+.

27 Ababibamwo ntibazoronka ikibatabara.

Bazotekerwa n’ubwoba bamaramare.

Bazoba nk’ibimera vyo mu gahinga n’ivyatsi bitoto,

bamere nk’ivyatsi binaga hejuru ku nzu*, bikababurwa n’umuyaga wo mu buseruko.

28 Ndazi neza igihe wicara, igihe usohoka, igihe ugaruka+,

n’igihe uba umfitiye ishavu rikaze+.

29 Erega narumvise ishavu rikaze umfitiye+ n’ukuroha kwawe+.

Nzoshira rero igera ryanje mu zuru ryawe n’imigozi*+ yanje hagati y’iminwa yawe,

mpeze ndagusubize inyuma ndagucishije mu nzira wazananye.’

30 Iki ni co kizokubera ikimenyetso Hezekiya: uyu mwaka muzorya ivyimejeje, mu mwaka ugira kabiri murye intete zimejeje bivuye ku zakorotse mu mwaka wa mbere. Mugabo mu mwaka ugira gatatu, muzobiba imbuto, mwimbure, mutere n’imirima y’imizabibu, murye ivyamwa vyayo+. 31 Abo mu Buyuda bazoba barokotse bagasigara+, bazoshora imizi munsi maze bame ivyamwa hejuru. 32 Mu gisagara ca Yeruzalemu hazova amasigarira, ku musozi Siyoni+ have abarokotse. Umwete wa Yehova Nyeningabo ni wo uzobikora+.

33 Ni co gituma ku bijanye n’umwami wa Ashuri, jewe Yehova mvuze+ nti:

‘Ntazokwinjira muri iki gisagara+

canke ngo aharase umwampi

canke ngo ahatumbere yitwaje inkinzo

canke ngo aharunde ibivu yuririrako kugira ahatere+.’”

34 “Inzira yazananye ni yo azocamwo mu gusubira inyuma.

Ntazokwinjira muri iki gisagara”, ni jewe Yehova ndabivuze.

35 “Nzorwanira iki gisagara+ ndagikize.

Nzobigira ku bwanje+ no ku bw’umusavyi wanje Dawidi+.”»

36 Maze umumarayika wa Yehova araza, yica ingabo 185.000 mw’ikambi y’Abashuri. Abantu bavyutse kare mu gitondo basanga ingabo zose ni imivyimba gusa+. 37 Nuko Senakeribu umwami wa Ashuri aragenda asubira i Ninewe+, agumayo+. 38 Umusi umwe ariko arasenga imana yiwe Nisiroki mu rusengero* rwayo, abahungu biwe bwite, ari bo Adurameleki na Shareseri, bamwicisha inkota+ hanyuma bahungira mu karere ka Ararati+. Umuhungu wiwe Esari-Hadoni+ aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika