ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 2
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Timoteyo: ibirimwo

      • Musengere abantu b’uburyo bwose (1-7)

        • Imana imwe, n’umuhuza umwe (5)

        • Incungu y’indinganire ku bwa bose (6)

      • Impanuro zigenewe abagabo n’abagore (8-15)

        • Kwambara rupfasoni (9, 10)

1 Timoteyo 2:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bari mu bibanza vyo hejuru.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:44
  • +Yr 29:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2020, rup. 15

1 Timoteyo 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yud 25

1 Timoteyo 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:22; Ivk 17:30; Rm 5:18; 1Tm 4:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 47

1 Timoteyo 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:4; Rm 3:30
  • +Heb 8:6; 9:15
  • +1Kr 11:25
  • +Ivk 4:12; Rm 5:15; 2Tm 1:9, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 27

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2008, rup. 13-14

1 Timoteyo 2:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni ukuvuga incungu ingana n’icari catakaye.

  • *

    Canke «ku bw’abantu b’uburyo bwose.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 20:28; Mr 10:45; Kl 1:13, 14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 27

    Niwiyegereze, rup. 142-143

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2011, rup. 13

    1/5/1999, rup. 12

1 Timoteyo 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 2:7, 8
  • +Ivk 9:15
  • +Gl 1:15, 16

1 Timoteyo 2:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu kigiriki havuga ngo «adahemuka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 141:2
  • +Yak 1:20
  • +Fp 2:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2002, rup. 19

1 Timoteyo 2:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bwisoneye.»

  • *

    Canke «bafise ubwenge buroranye.»

  • *

    Canke «gutsiba.»

  • *

    Ni utubuye tw’agaciro tumeze nk’utudede.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 3:3, 4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 52

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 65-66

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2016, rup. 16-17

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2015, rup. 9

    15/2/2009, rup. 20-21

    1/5/2005, rup. 29

    1/12/2003, rup. 22

    1/8/2002, rup. 17-18

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 56

    Ivyo Yehova agomba, icig. 8

    Urwaruka ruribaza, Igitabu ca 1, rup. 79

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 131-132

1 Timoteyo 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 31:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 52

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2016, rup. 16-17

    Ivyo Yehova agomba, icig. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2005, rup. 29

    1/12/2003, rup. 22

    1/8/2002, rup. 17-18

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 131-132

1 Timoteyo 2:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «atekanye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 5:24

1 Timoteyo 2:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «atekanye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 14:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2007, rup. 4

1 Timoteyo 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:18, 22; 1Kr 11:8

1 Timoteyo 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:6, 13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2020, rup. 4

1 Timoteyo 2:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «bafise ubwenge buroranye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 5:14
  • +1Tm 2:9, 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2017, rup. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2008, rup. 30

    1/5/2005, rup. 29

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tim. 2:2Mt 5:44
1 Tim. 2:2Yr 29:7
1 Tim. 2:3Yud 25
1 Tim. 2:4Yes 45:22; Ivk 17:30; Rm 5:18; 1Tm 4:10
1 Tim. 2:5Gus 6:4; Rm 3:30
1 Tim. 2:5Heb 8:6; 9:15
1 Tim. 2:51Kr 11:25
1 Tim. 2:5Ivk 4:12; Rm 5:15; 2Tm 1:9, 10
1 Tim. 2:6Mt 20:28; Mr 10:45; Kl 1:13, 14
1 Tim. 2:7Gl 2:7, 8
1 Tim. 2:7Ivk 9:15
1 Tim. 2:7Gl 1:15, 16
1 Tim. 2:8Zb 141:2
1 Tim. 2:8Yak 1:20
1 Tim. 2:8Fp 2:14
1 Tim. 2:91Pt 3:3, 4
1 Tim. 2:10Img 31:30
1 Tim. 2:11Ef 5:24
1 Tim. 2:121Kr 14:34
1 Tim. 2:13It 2:18, 22; 1Kr 11:8
1 Tim. 2:14It 3:6, 13
1 Tim. 2:151Tm 5:14
1 Tim. 2:151Tm 2:9, 10
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
1 Timoteyo 2:1-15

Timoteyo wa mbere

2 Imbere ya vyose rero, ndahimiriza bose ngo batakambire Imana ku bw’abantu b’uburyo bwose, babasengere, babasabire, bongere bakenguruke ku bwabo. 2 Babigire no ku bw’abami n’abo bose bafise ubukuru*+ kugira tubandanye kugira ubuzima butekanye kandi burangwa amahoro, twihebera Imana bimwe bishitse kandi tudafyina+. 3 Ivyo ni vyiza kandi biremerwa imbere y’Imana yo Mukiza wacu+, 4 yo igomba ko abantu b’uburyo bwose bakizwa+ bakamenya neza ukuri. 5 Kuko hari Imana imwe+, n’umuhuza umwe+ hagati y’Imana n’abantu+, akaba ari umuntu, ni ukuvuga Kristu Yezu+, 6 yitanze ngo abe incungu y’indinganire* ku bwa bose*+. Ivyo ni vyo bikwiye gushingirwa intahe ku gihe cavyo. 7 Nagenywe kuba umuvugabutumwa no kuba intumwa+ kugira nshinge iyo ntahe+, nigishe amahanga+ ibijanye n’ukwizera be n’ukuri. Aho ndiko mvuga ukuri, sindiko ndabesha.

8 Ndashaka rero yuko ahantu hose abagabo bashishikara gusenga, badugije amaboko adahumanye*+, ata shavu+ n’impari+. 9 Abagore na bo bakwiye kwishariza mu kwambara mu buryo bubereye*, bw’urupfasoni kandi bwerekana ko biyumvira neza*, atari mu gusuka* imishatsi mu mideri y’agatangaza, canke mu kwambara inzahabu canke imaragarita* canke impuzu zizimvye cane+. 10 Ahubwo bisharize mu buryo buberanye n’abagore bavuga ko bihebeye Imana+, ni ukuvuga mu bikorwa vyiza.

11 Umugore niyige acereje*, ayoboka bimwe bikwiye+. 12 Sinemerera umugore kwigisha canke kugira ubukuru ku mugabo, ahubwo akwiye kuguma acereje*+. 13 Kuko Adamu ari we yabanje kuremwa, hanyuma Eva+. 14 Vyongeye, Adamu ntiyahenzwe ahubwo umugore ni we yahenzwe rwose+, ararenga itegeko. 15 Yamara abagore bazozigamwa biciye ku kwibaruka+, bapfe gusa kuguma mu kwizera no mu rukundo no mu bweranda, biyumvira neza*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika