ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 23
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya: ibirimwo

      • Abungere beza na babi (1-4)

      • «Umunago ugororotse» uzozana umutekano (5-8)

      • Abahanuzi b’ikinyoma bacirwa urubanza (9-32)

      • «Umuzigo» wa Yehova (33-40)

Yeremiya 23:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 10:21; 50:6; Ezk 34:2

Yeremiya 23:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 34:5

Yeremiya 23:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:11; 35:10; Yr 29:14; 31:8
  • +Yr 50:19; Ezk 34:14; Mik 2:12
  • +Gus 30:3, 5; Am 9:14; Zk 10:8

Yeremiya 23:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:15; Yoh 21:15; Ivk 20:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 129-130

Yeremiya 23:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «samuragwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:1; 53:2; Yr 33:15, 16; Zk 3:8; Mt 2:23
  • +Lk 1:32, 33
  • +Yes 9:7; 11:3, 4; 32:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 173

Yeremiya 23:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 10:6
  • +Gus 33:28; Yr 32:37; Zk 14:11
  • +Yes 54:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 173

Yeremiya 23:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 16:14, 15

Yeremiya 23:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:5; Ezk 34:13; Zf 3:20

Yeremiya 23:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu bugaragwa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:8, 9; 5:7; 13:27; Ezk 22:11
  • +Yes 24:4; Yw 1:10
  • +Yr 12:4

Yeremiya 23:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «barabaye abahuni.» Raba Insiguro y’amajambo (Ubuhuni).

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:7; Yr 5:31; 6:13; Ezk 22:25; Zf 3:4
  • +2Ng 33:1, 5; 36:14; Yr 7:11; Ezk 8:10, 11; 23:39

Yeremiya 23:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 13:16

Yeremiya 23:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 16:46

Yeremiya 23:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «bakomeza amaboko y’inkozi z’ikibi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:21, 23
  • +Yr 23:26
  • +Yes 3:9
  • +It 18:20; Gus 32:32; Yes 1:10; Yud 7

Yeremiya 23:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «hakwiragira ubuhuni.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 8:14; 9:15

Yeremiya 23:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «batuma mugira ivyizigiro ata co bimaze.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 27:9; 29:8
  • +Int 2:14
  • +Yr 14:14; Ezk 13:3; 22:28

Yeremiya 23:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:10; 6:13, 14; 8:11; Ezk 13:10
  • +Mik 3:11

Yeremiya 23:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:32; 30:23, 24

Yeremiya 23:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:14; 27:15; 29:8, 9

Yeremiya 23:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:4, 5

Yeremiya 23:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 16:7, 13; Img 15:3; Am 9:2; Heb 4:13
  • +Zb 139:7

Yeremiya 23:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:20; Yr 27:9; 29:21, 23

Yeremiya 23:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:14

Yeremiya 23:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 3:7; 2Bm 21:1, 3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    6/2019, rup. 4

Yeremiya 23:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:14
  • +Heb 4:12

Yeremiya 23:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 18:20; Yr 14:15; Ezk 13:2, 3

Yeremiya 23:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 13:7

Yeremiya 23:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zf 3:4
  • +Yr 7:8; Int 2:14

Yeremiya 23:33

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ubutumwa buruhisha.» Mu giheburayo iryo jambo rifise insobanuro zibiri: «ubutumwa buremereye buvuye ku Mana» canke «ikintu kiruhisha.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 12:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 11

Yeremiya 23:34

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «buraruhisha.»

Yeremiya 23:36

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ari bwo butumwa buruhisha.»

Yeremiya 23:38

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ni ubutumwa buruhisha.»

  • *

    Canke «ni ubutumwa buruhisha.»

Yeremiya 23:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 24:9; 42:18; Int 5:20; Dn 9:16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 23:1Yr 10:21; 50:6; Ezk 34:2
Yer. 23:2Ezk 34:5
Yer. 23:3Yes 11:11; 35:10; Yr 29:14; 31:8
Yer. 23:3Yr 50:19; Ezk 34:14; Mik 2:12
Yer. 23:3Gus 30:3, 5; Am 9:14; Zk 10:8
Yer. 23:4Yr 3:15; Yoh 21:15; Ivk 20:28
Yer. 23:5Yes 11:1; 53:2; Yr 33:15, 16; Zk 3:8; Mt 2:23
Yer. 23:5Lk 1:32, 33
Yer. 23:5Yes 9:7; 11:3, 4; 32:1
Yer. 23:6Zk 10:6
Yer. 23:6Gus 33:28; Yr 32:37; Zk 14:11
Yer. 23:6Yes 54:17
Yer. 23:7Yr 16:14, 15
Yer. 23:8Yes 43:5; Ezk 34:13; Zf 3:20
Yer. 23:10Yr 3:8, 9; 5:7; 13:27; Ezk 22:11
Yer. 23:10Yes 24:4; Yw 1:10
Yer. 23:10Yr 12:4
Yer. 23:11Yes 28:7; Yr 5:31; 6:13; Ezk 22:25; Zf 3:4
Yer. 23:112Ng 33:1, 5; 36:14; Yr 7:11; Ezk 8:10, 11; 23:39
Yer. 23:12Yr 13:16
Yer. 23:13Ezk 16:46
Yer. 23:14Yr 29:21, 23
Yer. 23:14Yr 23:26
Yer. 23:14Yes 3:9
Yer. 23:14It 18:20; Gus 32:32; Yes 1:10; Yud 7
Yer. 23:15Yr 8:14; 9:15
Yer. 23:16Yr 27:9; 29:8
Yer. 23:16Int 2:14
Yer. 23:16Yr 14:14; Ezk 13:3; 22:28
Yer. 23:17Yr 4:10; 6:13, 14; 8:11; Ezk 13:10
Yer. 23:17Mik 3:11
Yer. 23:19Yr 25:32; 30:23, 24
Yer. 23:21Yr 14:14; 27:15; 29:8, 9
Yer. 23:22Yr 25:4, 5
Yer. 23:24It 16:7, 13; Img 15:3; Am 9:2; Heb 4:13
Yer. 23:24Zb 139:7
Yer. 23:25Gus 18:20; Yr 27:9; 29:21, 23
Yer. 23:26Yr 14:14
Yer. 23:27Abc 3:7; 2Bm 21:1, 3
Yer. 23:29Yr 5:14
Yer. 23:29Heb 4:12
Yer. 23:30Gus 18:20; Yr 14:15; Ezk 13:2, 3
Yer. 23:31Ezk 13:7
Yer. 23:32Zf 3:4
Yer. 23:32Yr 7:8; Int 2:14
Yer. 23:33Yr 12:7
Yer. 23:40Yr 24:9; 42:18; Int 5:20; Dn 9:16
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yeremiya 23:1-40

Yeremiya

23 Yehova avuze ati: «Baragowe abungere bariko barahonya bakongera bagasanzaza intama zo mw’itongo ryanje ryo kuragiramwo+!»

2 Ibi rero ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze ku bungere baragira abantu biwe: «Mwarasanzaje intama zanje. Mwagumye muzishwiragiza, ntimwazitaho+.

Ngira rero niteho ivyanyu kubera ibikorwa vyanyu bibi», ni ko Yehova avuze.

3 «Nzoca nkoraniriza hamwe intama zanje zisigaye, ndazikuye mu bihugu vyose nazishwiragijemwo+. Nzozigarukana aho zahora ziragirirwa+ maze zirondoke, zigwire+. 4 Nzozironderera abungere bazoziragira neza+. Ntizizokwongera gutinya canke ngo ziranduke umutima, kandi nta n’imwe izobura», ni ko Yehova avuze.

5 «Mu misi iri imbere», ni ko Yehova avuze, «nzonagishiriza Dawidi umunago* ugororotse+. Hari umwami azoganza+ kandi azokorana ubukerebutsi, ashigikire ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+. 6 Mu gihe ciwe Ubuyuda buzokizwa+ na Isirayeli yibere mu mutekano+. Azokwitwa: Yehova ni we bugororotsi bwacu+.»

7 «Ariko rero mu misi iri imbere», ni ko Yehova avuze, «ntibazosubira kuvuga ngo: “Ndahiye Yehova Imana nzima yakuye Abisirayeli mu gihugu ca Misiri+!” 8 Ahubwo bazovuga ngo: “Ndahiye Yehova Imana nzima yakuye abakomoka ku Bisirayeli mu gihugu co mu buraruko no mu bihugu vyose yari yarabashwiragijemwo, akabagarukana.” Bazoba mu gihugu cabo bwite+.»

9 Ku vyerekeye abahanuzi, mvuze nti:

Umutima wanje wajanjaguritse.

Amagufa yanje yose ariko aranyiganyiga.

Meze nk’umuntu yaborewe,

nk’umuntu yarengewe n’umuvinyu,

kubera Yehova no kubera amajambo yiwe meranda.

10 Kuko igihugu cuzuye abarenga ibigo+.

Kubera umuvumo, igihugu kiri mu kigandaro+

kandi amatongo yo kuragiramwo yo mu gahinga* yumye+.

Ingeso zabo ni mbi, kandi bakoresha nabi ububasha bafise.

11 Yehova avuze ati: «Umuhanuzi n’umuherezi bompi barahumanye*+.

No mu nzu yanje nasanzeyo ububisha bwabo+.»

12 «Ni co gituma inzira yabo izosigara ari inzira inyerera kandi iri mu mwiza+.

Bazosunikwa bagwe.

Nzobazanako ivyago

umwaka ivyabo bizorabwa», ni ko Yehova avuze.

13 «Hari ikintu gishisha nabonye mu bahanuzi b’i Samariya+.

Bavuga ubuhanuzi mw’izina rya Bayali,

bakazimiza abantu banje b’Abisirayeli.

14 Hari ibintu biteye ikinya nabonye mu bahanuzi b’i Yeruzalemu.

Bararenga ibigo+, bakagendera mu kinyoma+.

Baremesha inkozi z’ikibi*,

kandi nta n’umwe aheba ububisha bwiwe.

Kuri jewe bose bameze nka Sodomu+,

ababa mu gisagara bakamera nka Gomora+.»

15 Ibi rero ni vyo Yehova Nyeningabo avuze ku bahanuzi:

«Ngira ndabarishe ibirura,

ndabanyweshe n’amazi arimwo ishano+.

Kuko abahanuzi b’i Yeruzalemu batumye mu gihugu cose hakwiragira agatima ko guheba Imana*.»

16 Yehova Nyeningabo avuze ati:

«Ntimwumvirize ivyo abahanuzi bababwira+.

Barabahenda*.

Ibintu bavuga ko beretswe ni ivyo bikurira mu mutima wabo bwite+,

si ibiva mu kanwa ka Yehova+.

17 Baguma babwira abatanyubaha ngo:

“Yehova avuze ati: ‘Muzogira amahoro+.’”

Abakurikira umutima wabo w’intagondwa bababwira ngo:

“Nta vyago bizobashikira+.”

18 Mbega ni nde yahagaze mu mugwi w’abagenzi somambike ba Yehova

ngo abone yongere yumve ijambo ryiwe?

Ni nde yitayeho ijambo ryiwe kugira ngo aryumve?

19 Ehe! Umuyaga ukaze wa Yehova uzozanana ishavu ryinshi.

Uzozungurukira ku mutwe w’ababisha nka kurya kw’ikivumbuzi+.

20 Ishavu rya Yehova ntirizosubira inyuma

adashize mu ngiro ivyipfuzo vy’umutima wiwe akabishitsa.

Mu misi y’iherezo muzobitahura neza.

21 Sinatumye abahanuzi, yamara barirutse.

Sinavuganye na bo, yamara baravuze ubuhanuzi+.

22 Mugabo iyo bahagarara mu mugwi w’abagenzi banje somambike,

baba rero baratumye abantu banje bumva amajambo yanje,

kandi baba baratumye baheba ingeso zabo mbi n’ibikorwa vyabo bibi+.»

23 «Mbega ndi Imana igihe gusa ndi hafi, simbe Imana igihe ndi kure?», ni ko Yehova abajije.

24 «Mbega hari umuntu yokwinyegeza mu kibanza cihishije sindamubone+?», ni ko Yehova abajije.

«Mbega sinuzuye ijuru n’isi+?», ni ko Yehova abajije.

25 «Narumvise abahanuzi bavuga ubuhanuzi bw’ikinyoma mw’izina ryanje, ngo: “Narose! Narose+!” 26 Mbega abahanuzi bazoguma biyumvira mu mutima wabo kuvuga ubuhanuzi bw’ikinyoma gushika ryari? Bavuga ubuhanuzi bw’ububeshi bakuye mu mutima wabo+. 27 Barondera kwibagiza abantu banje izina ryanje biciye ku ndoto babwirana, nk’uko ba se bibagiye izina ryanje kubera Bayali+. 28 Umuhanuzi yarose navuge ivyo yarose, mugabo uwufise ijambo ryanje, narivuge mu kuri.»

«Mbega ibikumbi wobigereranya n’intete?», ni ko Yehova abajije.

29 «Mbega ijambo ryanje ntirimeze nk’umuriro+, rikamera kandi nk’inyundo y’umucuzi imenagura urutare+?», ni ko Yehova abajije.

30 «Ngira rero ndwanye abahanuzi biba amajambo yanje, umwe wese akayiba mugenziwe+», ni ko Yehova avuze.

31 «Ngira ndwanye abahanuzi», ni ko Yehova avuze, «bamwe bakoresha ururimi rwabo bavuga bati: “Ng’ibi ivyo yavuze+!”»

32 «Ngira ndwanye abahanuzi barotora indoto z’ikinyoma», ni ko Yehova avuze, «bamwe bazivuga maze bakazimiza abantu banje kubera ibinyoma vyabo n’ukwirata kwabo+.»

«Mugabo sinabatumye canke ngo ngire ico ndabategeka. Ni co gituma ata na kimwe bazomarira aba bantu+», ni ko Yehova avuze.

33 «Kandi aba bantu canke umuhanuzi canke umuherezi nibakubaza bati: “Umuzigo* wa Yehova udufitiye ni uwuhe?” Uze ubishure uti: “Yehova avuze ati: ‘Umuzigo ni mwebwe. Nzobikurako+.’” 34 Nayo umuhanuzi canke umuherezi canke uwundi muntu avuga ngo: “Ubutumwa bwa Yehova ni umuzigo*!”, nzokwitaho ivyiwe n’urugo rwiwe. 35 Umwe wese aguma abaza mugenziwe na mwenewabo ngo: “Yehova yishuye iki? Yehova yavuze iki?” 36 Ntimuze musubire kuvuga ko ubutumwa bwa Yehova ari umuzigo, kuko amajambo umwe wese muri mwebwe avuga ari yo muzigo*, kandi mwarahinduye amajambo y’Imana nzima, Yehova Nyeningabo, Imana yacu.

37 Umuhanuzi uze umubaze uti: “Yehova yakwishuye iki? Yehova yavuze iki? 38 Muguma muvuga ngo: ‘Ubutumwa bwa Yehova ni umuzigo.’ Nimwabibandanya, Yehova avuze ati: ‘Kubera ko muvuga ngo: “Ijambo rya Yehova ni umuzigo*”, kandi narababujije kuvuga ngo: “Ijambo rya Yehova ni umuzigo*!”, 39 nzobaterura ndabate kure mumve imbere, mwebwe n’igisagara nabahaye mwe na ba sogokuruza banyu. 40 Nzotuma mugira ibimaramare vyamaho n’agateterwe kamaho katazokwibagirana+.’”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika