ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 54
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya: ibirimwo

      • Siyoni ya ngumba azoronka abana benshi (1-17)

        • Yehova ni umugabo wa Siyoni (5)

        • Abana ba Siyoni bazokwigishwa na Yehova (13)

        • Ibirwanisho vyo kurwanya Siyoni ntibizororanirwa (17)

Yesaya 54:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abahungu.»

  • *

    Canke «shebuja.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 62:4
  • +Yes 44:23; 49:13
  • +Yes 66:7, 8
  • +Gl 4:26, 27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2006, rup. 11

Yesaya 54:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:20
  • +Yes 33:20

Yesaya 54:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:8; Ezk 36:35

Yesaya 54:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:10
  • +Yes 61:7

Yesaya 54:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «Umuhinguzi.»

  • *

    Canke «nka shobuja.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:2
  • +Ezk 16:8; Hs 2:16
  • +Yes 44:6
  • +Zk 14:9; Rm 3:29

Yesaya 54:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «yababaye mu mutima.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:14; 62:4

Yesaya 54:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:1, 3; Zb 30:5; 106:47; Yes 27:12; Yr 29:10

Yesaya 54:8

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 47:6; Ezk 39:23
  • +Yes 55:3
  • +Yes 48:17; 49:26

Yesaya 54:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 7:23
  • +It 8:21
  • +Yr 31:35, 36; Ezk 39:29

Yesaya 54:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:6
  • +Yes 55:3
  • +Yes 14:1

Yesaya 54:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ubwo budongo rwari uruvange rw’ishwagara, umusenyi n’amazi.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 52:2
  • +Int 1:2, 17
  • +Ivh 21:19

Yesaya 54:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «amabuye y’umuriro.»

Yesaya 54:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abahungu.»

  • *

    Mu giheburayo havuga ngo «abahungu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:34; Yoh 6:45
  • +Zb 119:165; Yes 66:12; Yr 33:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 177-178

Yesaya 54:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:26; 60:21
  • +Yes 52:1
  • +Yr 23:4; Zf 3:13

Yesaya 54:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 38:16, 22; Zk 2:8; 12:3

Yesaya 54:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:5

Yesaya 54:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:2, 4; Yes 41:12
  • +Yr 23:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 6-7

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2008, rup. 28

    15/9/2008, rup. 7-8

    15/12/2007, rup. 21-22, 25

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 54:1Yes 62:4
Yes. 54:1Yes 44:23; 49:13
Yes. 54:1Yes 66:7, 8
Yes. 54:1Gl 4:26, 27
Yes. 54:2Yes 49:20
Yes. 54:2Yes 33:20
Yes. 54:3Yes 49:8; Ezk 36:35
Yes. 54:4Yes 41:10
Yes. 54:4Yes 61:7
Yes. 54:5Yes 44:2
Yes. 54:5Ezk 16:8; Hs 2:16
Yes. 54:5Yes 44:6
Yes. 54:5Zk 14:9; Rm 3:29
Yes. 54:6Yes 49:14; 62:4
Yes. 54:7Gus 30:1, 3; Zb 30:5; 106:47; Yes 27:12; Yr 29:10
Yes. 54:8Yes 47:6; Ezk 39:23
Yes. 54:8Yes 55:3
Yes. 54:8Yes 48:17; 49:26
Yes. 54:9It 7:23
Yes. 54:9It 8:21
Yes. 54:9Yr 31:35, 36; Ezk 39:29
Yes. 54:10Yes 51:6
Yes. 54:10Yes 55:3
Yes. 54:10Yes 14:1
Yes. 54:11Yes 52:2
Yes. 54:11Int 1:2, 17
Yes. 54:11Ivh 21:19
Yes. 54:13Yr 31:34; Yoh 6:45
Yes. 54:13Zb 119:165; Yes 66:12; Yr 33:6
Yes. 54:14Yes 1:26; 60:21
Yes. 54:14Yes 52:1
Yes. 54:14Yr 23:4; Zf 3:13
Yes. 54:15Ezk 38:16, 22; Zk 2:8; 12:3
Yes. 54:16Yes 10:5
Yes. 54:17Zb 2:2, 4; Yes 41:12
Yes. 54:17Yr 23:6
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Yesaya 54:1-17

Yesaya

54 Yehova avuze ati: «Niwihe akamo k’umunezero, yewe mugore w’ingumba utigeze uvyara+!

Nezerwa wihe akamo k’umunezero+, wewe utigeze ugira ububabare bwo kwibaruka+,

kuko abana* b’umugore yatawe ari benshi

kuruta ab’umugore afise umugabo*+.»

 2 «Agura ikibanza c’ihema ryawe+.

Sanza ibitambara vy’ihema ryawe rihambaye.

Ntiwitinye. Rehura imigozi y’ihema ryawe,

ukomeze imambo z’ihema ryawe+.

 3 Kuko uzokwiragira iburyo n’ibubamfu.

Uruvyaro rwawe ruzokwigarurira amahanga,

kandi ruzoba mu bisagara vyagizwe umusaka+.

 4 Ntutinye+ kuko utazoteterwa+.

Ntumaramare kuko utazotaha zirayoye.

Uzokwibagira agateterwe ko mu buto bwawe,

kandi ibimaramare watewe no kuba uri umupfakazi ntuzosubira kuvyibuka.»

 5 «Kuko Umuremyi* wawe ahambaye+ ameze nk’umugabo wawe*+.

Yitwa Yehova Nyeningabo,

kandi wa Mweranda wa Isirayeli ni Umucunguzi wawe+.

Azokwitwa Imana y’isi yose+.

 6 Kuko igihe jewe Yehova naguhamagara, wari umeze nk’umugore yahebwe kandi yishwe n’intuntu*+,

nk’umugore yarongowe mu buto agaca atabwa», ni ko Imana yawe ivuze.

 7 «Kuko naguhevye akanya gatoyi,

mugabo nzokugarukana+ ndabigiranye imbabazi nyinshi.

 8 Ishavu ryinshi nari mfise ryatumye ndaguhisha mu maso hanje akanya gatoyi+.

Mugabo kubera ubuntu* bwanje bwamaho nzokugirira imbabazi+», ni ko Umucunguzi wawe+ Yehova avuze.

 9 «Kuri jewe ivyo bimeze nko mu misi ya Nowa+.

Kurya nyene narahiye yuko amazi yo mu gihe ca Nowa atazokwongera kurengera isi+,

n’ubu ndarahiye yuko ntazokwongera kugushavurira canke ngo ndagukosore+.

10 Kuko imisozi ishobora kuvaho

n’imirambi ikanyiganyizwa,

ariko urukundo* ndabakunda ntiruzohera+,

n’isezerano ryanje ry’amahoro ntirizonyiganyizwa+», ni ko Yehova avuze, Umwe akwumvira impuhwe+.

11 «Ewe mugore watejwe amarushwa+, ukazungazungishwa n’igihuhusi, ntuhozwe+.

Amabuye yawe ngira ndayubakishe ubudongo bugumye*,

umushinge wawe ndawubakishe amabuye ya safiro+.

12 Iminara yo hejuru ku nzitiro zawe nzoyubakisha amabuye ya rubi,

amarembo yawe ndayubakishe amabuye aca ibibatsi*,

imbibe zawe zose na zo ndazubakishe amabuye y’agaciro.

13 Abana* bawe bose bazokwigishwa na Yehova+,

kandi amahoro y’abana* bawe azoba menshi+.

14 Uzoshinga imizi mu bugororotsi+.

Agacinyizo kazokwigizwa kure yawe+.

Ntuzotinya ikintu na kimwe canke ngo hagire ikikurandura umutima,

kuko kitazokwegera+.

15 Nihagira uwugutera,

si je nzoba ndamutumye.

Uwo wese azogutera ntazotsinda+.»

16 «Raba! Ni jewe ubwanje naremye umucuzi

ahuha amakara,

agahingura ikirwanisho.

Ni jewe kandi naremye umuntu ahonya kugira ngo atikize inganda+.

17 Rero nta kirwanisho cakozwe kugira bakurwanye kizororanirwa+.

Kandi ururimi rwose ruzoguhagurukira ngo rukuburanye, uzorutsinda.

Iyo ni yo ntoranwa y’abasavyi ba Yehova,

kandi mbona ko bagororotse», ni ko Yehova avuze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika