ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 71
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Imana ni yo cizigiro c’abageze mu zabukuru

        • Namye nizigira Imana kuva nkiri muto (5)

        • «Ntunte igihe utuguvu turiko turahera» (9)

        • «Imana yanyigishije kuva nkiri muto» (17)

Zaburi 71:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:2; 31:1-3; Yes 45:17; Yr 17:18

Zaburi 71:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «niwuname unyumvirize.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:15

Zaburi 71:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:2, 3; Zb 18:2; 144:2

Zaburi 71:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 17:8, 9; 59:1; 140:4; Mt 6:13

Zaburi 71:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ni wewe cizigiro canje.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:45; Yr 17:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/1999, rup. 25

Zaburi 71:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:9, 10; 139:16; Yes 46:3

Zaburi 71:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:15; Heb 13:15

Zaburi 71:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 92:14
  • +Zb 73:26; Ums 12:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2014, rup. 20-21

Zaburi 71:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 17:1, 2

Zaburi 71:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 3:2; 42:10; Mt 27:42, 43

Zaburi 71:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:11; 35:22; 38:21, 22

Zaburi 71:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 17:23
  • +Zb 109:29

Zaburi 71:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «guharura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:28; 40:9
  • +Zb 40:5

Zaburi 71:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:5
  • +2Sm 22:1; 1Ng 16:4; Zb 9:1

Zaburi 71:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «iyaruka.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:25; 71:9
  • +Kv 13:8; 1Ng 29:10, 11; Zb 78:2-4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2014, rup. 23

    1/6/2007, rup. 29-30

    1/6/1997, rup. 17-18

Zaburi 71:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:6
  • +Kv 15:11; Zb 86:8; 89:6; Yr 10:7

Zaburi 71:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ibenga ry’amazi.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 12:10, 11
  • +Zb 40:2; 86:13

Zaburi 71:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nzogucurarangira.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:10; 108:4; 146:6

Zaburi 71:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kuko wancunguye.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:5; 104:33
  • +2Sm 4:9; Zb 103:4

Zaburi 71:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «nzozirikana.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:8
  • +Zb 71:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 71:1Zb 25:2; 31:1-3; Yes 45:17; Yr 17:18
Zab. 71:2Zb 34:15
Zab. 71:32Sm 22:2, 3; Zb 18:2; 144:2
Zab. 71:4Zb 17:8, 9; 59:1; 140:4; Mt 6:13
Zab. 71:51Sm 17:45; Yr 17:7
Zab. 71:6Zb 22:9, 10; 139:16; Yes 46:3
Zab. 71:8Zb 51:15; Heb 13:15
Zab. 71:9Zb 92:14
Zab. 71:9Zb 73:26; Ums 12:3
Zab. 71:102Sm 17:1, 2
Zab. 71:11Zb 3:2; 42:10; Mt 27:42, 43
Zab. 71:12Zb 22:11; 35:22; 38:21, 22
Zab. 71:132Sm 17:23
Zab. 71:13Zb 109:29
Zab. 71:15Zb 35:28; 40:9
Zab. 71:15Zb 40:5
Zab. 71:17Zb 71:5
Zab. 71:172Sm 22:1; 1Ng 16:4; Zb 9:1
Zab. 71:18Zb 37:25; 71:9
Zab. 71:18Kv 13:8; 1Ng 29:10, 11; Zb 78:2-4
Zab. 71:19Zb 36:6
Zab. 71:19Kv 15:11; Zb 86:8; 89:6; Yr 10:7
Zab. 71:202Sm 12:10, 11
Zab. 71:20Zb 40:2; 86:13
Zab. 71:22Zb 25:10; 108:4; 146:6
Zab. 71:23Zb 63:5; 104:33
Zab. 71:232Sm 4:9; Zb 103:4
Zab. 71:24Zb 71:8
Zab. 71:24Zb 71:13
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 71:1-24

Zaburi

71 Ewe Yehova, ni wewe mpungirako.

Ese ntokwigera maramara+!

 2 Nunkize, untabare kubera ubugororotsi bwawe.

Nuntege ugutwi* kandi untabare+.

 3 Numbere igitandara gikomeye,

ahantu nshobora kwama mpungira.

Nutange itegeko ryo kundokora,

kuko uri igitandara canje n’igihome canje gikomeye+.

 4 Ewe Mana yanje, nundokore mu kuboko kw’ababisha+,

unkure mu vyara vy’abancinyiza bampora ubusa.

 5 Nkako, ni wewe cizigiro canje, ewe Mukama Segaba Yehova.

Ni wewe namye nizigira* kuva nkiri muto+.

 6 Ni wewe nishimikiza kuva nkivuka.

Ni wewe wankuye mu nda ya mama+.

Nama ndagushemeza.

 7 Benshi bambona nk’igitangaro,

ariko ni wewe buhungiro bwanje bukomeye.

 8 Akanwa kanje kuzuye amashemezo yawe+.

Nzoyaga ubwiza bwawe burinde bwira.

 9 Ntumpebe mu gihe c’ubusaza+,

kandi ntunte igihe utuguvu turiko turahera+.

10 Abansi banje bamvuga nabi.

Abarondera kunyica bangiriye inama+,

11 bavuga bati: «Imana yamuhevye.

Mwome inyuma mumufate, kuko atagira gitabara+.»

12 Ewe Mana, ntugume kure yanje.

Ewe Mana yanje, nunyaruke untabare+.

13 Ese abo bose bandwanya

bomaramara bagahona+.

Abo bose banyipfuriza ivyago

nibamaramare barye ivyatsi+.

14 Ariko jewe nzoguma ndakurindiriye.

Nzorushirizaho kugushemeza.

15 Akanwa kanje kazovuga ubugororotsi bwawe+,

kazotangaza ingene ukiza burinde bwira,

naho ukiza mu buryo bwinshi ntoshobora gutahura*+.

16 Ewe Mukama Segaba Yehova,

nzoza mvuge ibikorwa vyawe vy’ububasha.

Nzovuga ubugororotsi bwawe, wewe wenyene.

17 Ewe Mana, waranyigishije kuva nkiri muto+,

kandi gushika n’ubu nguma ntangaza ibikorwa vyawe bitangaje+.

18 Ewe Mana, ntumpebe naho nshaje nkaba maze kumera imvi+.

Nureke mbwire ubushobozi bwawe urunganwe* ruzokurikira,

mbwire ububasha bwawe abazovuka mu nyuma+.

19 Ewe Mana, ubugororotsi bwawe bushika hejuru+.

Wakoze ibintu bitangaje.

Ni nde ameze nkawe ga Mana+?

20 Naho watumye mbona amarushwa n’ivyago vyinshi+,

nusubire ungarurire udutege.

Nunduze unkure mu nyenga* y’isi+.

21 Niwongereze iteka ryanje,

unkingire wongere umpoze.

22 Nanje nzoheza ngushemeze n’igicurarangisho c’imirya,

kuko uri umwizigirwa, ewe Mana yanje+!

Nzokuririmbira amashemezo* n’inanga,

ewe Mweranda wa Isirayeli!

23 Nzovuza impundu ndiko ndakuririmbira amashemezo+,

kuko warokoye ubuzima bwanje*+.

24 Nzovuga* ubugororotsi bwawe burinde bwira+,

kuko abarondera kunyica bazomaramara, bakarya ivyatsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika