ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp18 no. 1 rup. 16
  • Uvyibazako iki?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Uvyibazako iki?
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2018
  • Ivyo bijanye
  • Imana Iragutumira ngo Ube Umukunzi Wayo
    Urashobora Kuba Umukunzi w’Imana!
  • Urashobora kuba umugenzi wa Yehova
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Umugenzi nyakuri ameze gute?
    Be maso!—2014
  • Twohitamwo gute abagenzi beza?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2018
wp18 no. 1 rup. 16
Umugabo n’umugore wiwe bariko basomera Bibiliya aho bagiye kwisamariza

Uvyibazako iki?

Bibiliya yoba ishobora kugufasha kuba umugenzi w’Imana?

BAMWEBAMWE BIBAZA  . . .

ko badashobora kuba abagenzi b’Imana kubera biyumvira yuko banduye canke ari abacumuzi. Abandi bavuga ko Imana itatwitwararika. Uvyibazako iki?

ICO BIBILIYA IVUGA

“Ubugenzi somambike na [Yehova] ni ivy’abagororotse.” (Imigani 3:32) Tugamburukiye Imana, duca tuba abagenzi bayo.

IBINDI BIBILIYA IVUGA

  • Imana ishaka kutubera Umugenzi.​—Yakobo 4:8.

  • Kubera ko Imana idukunda, yiteguriye kudufasha no kutubabarira.​—Zaburi 86:5.

  • Abagenzi b’Imana bakunda ivyo ikunda, bakanka ivyo yanka.​—Abaroma 12:9.

Ushaka kumenya n’ibindi ku bijanye n’ingene wobaho mu buryo buhimbara Imana, raba ikigabane ca 12 c’igitabu, Bibiliya itwigisha iki? casohowe n’Ivyabona vya Yehova. Kiraboneka no kuri www.pr2711.com

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika