UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAKOZWE 19-20
“Mwirinde ubwanyu, murinde n’ubusho bwose”
Abakurambere baragaburira, bagakingira kandi bakitwararika ubusho. Ivyo babitumwa n’uko baguma bibuka ko buri ntama yaguzwe amaraso y’agaciro ya Kristu. Abakirisu barakunda cane kandi bagakengurukira rwose abo bose bigana Paulo mu kwitanga ku bw’ineza y’ubusho.