ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Kigarama rup. 5
  • Abasenga mu kuri bategerezwa kuba abadahumanye

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Abasenga mu kuri bategerezwa kuba abadahumanye
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Twarahumanuwe ngo Tube Abantu Bakora Ibikorwa Vyiza
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • Imana ikunda abantu badahumanye
    “Mwigumize mu rukundo rw’Imana”
  • Abasavyi b’Imana Bategerezwa Kuba Badahumanye
    Ni Ibiki Imana Idusaba?
  • Yehova ashaka ko tuba abadahumanye
    Nugume mu rukundo rw’Imana
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Kigarama rup. 5

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABALEWI 14-15

Abasenga mu kuri bategerezwa kuba abadahumanye

15:13-15, 28-31

Kugira tugume mu rukundo rw’Imana, dutegerezwa kuba abadahumanye ku mutima no ku mubiri. Ivyo bisobanura ko dutegerezwa kwisunga ata guca ku ruhande ingingo ngenderwako za Yehova zijanye n’ukudahumana ku mubiri, mu nyifato runtu no mu vy’impwemu, tutaravye ivyo abo mw’isi bakora. Turirinda ikintu cose Umuvyeyi wacu wo mw’ijuru abona ko gihumanye.

Udufoto: Amashusho yerekana ukuntu isi yahumanye. 1. Indongozi y’idini iriko isengera abasirikare. 2. Umugore arongoye idini ariko araganisha abagabo babiri. 3. Igishusho cerekana ivuka ry’akana Yezu n’igiti ca Noweli biri aho badandariza hari uruja n’uruza rwinshi.

Nungukira gute ku kuba nirinda inyifato y’iyi si?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika