-
Kuvayo 18:12Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
12 Maze Yetiro sebukwe wa Musa azana ishikanwa riturirwa n’ibimazi vyo gushikanira Imana. Aroni n’abashingantahe bose bo muri Isirayeli baca baza gusangira ibifungurwa na sebukwe wa Musa, babirira imbere y’Imana y’ukuri.
-