Kuvayo 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze Yetiro sebukwe wa Musa, atora ishikanwa riturirwa n’ibimazi bishikanirwa Imana+. Hanyuma Aroni n’abagabo b’inararibonye bose ba Isirayeli baza gusangira umukate na sebukwe wa Musa, imbere y’Imana y’ukuri+.
12 Maze Yetiro sebukwe wa Musa, atora ishikanwa riturirwa n’ibimazi bishikanirwa Imana+. Hanyuma Aroni n’abagabo b’inararibonye bose ba Isirayeli baza gusangira umukate na sebukwe wa Musa, imbere y’Imana y’ukuri+.