-
Kuvayo 18:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Bukeye, Musa aricara kugira acire imanza abantu nk’uko yari asanzwe abigira, kandi abantu baguma bahagaze imbere yiwe kuva mu gitondo gushika ku mugoroba.
-