Kuvayo 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ku musi ukurikira, Musa aricara nk’uko bisanzwe ngo acire imanza abantu+. Kandi abantu baguma bahagarara imbere ya Musa kuva mu gitondo gushika ku mugoroba. Kuvayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:13 Umunara w’Inderetsi,1/2/2013, rup. 6
13 Ku musi ukurikira, Musa aricara nk’uko bisanzwe ngo acire imanza abantu+. Kandi abantu baguma bahagarara imbere ya Musa kuva mu gitondo gushika ku mugoroba.