-
Kuvayo 18:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Sebukwe abonye ibintu vyose akorera abantu, aca amubaza ati: «Kubera iki ukora gutyo? Kubera iki uguma wicaye ng’aho wenyene, abantu bose bakaguma bahagaze imbere yawe kuva mu gitondo gushika ku mugoroba?»
-