-
Kuvayo 18:14Bibiliya y’isi nshasha
-
-
14 Maze sebukwe wa Musa abona ibintu vyose yariko akorera abantu. Ni kwo kuvuga ati: “Iki gikorwa uriko urakorera abantu ni nyabaki? Kubera iki ari wewe wenyene uguma wicaye, abantu bose na bo bakaguma bahagarara imbere yawe kuva mu gitondo gushika ku mugoroba?”
-