Nehemiya 9:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 na ho nyene ntiwabahebeye mu bugaragwa kubera imbabazi zawe nyinshi+. Ntiwakuye hejuru yabo ya nkingi y’igicu yabayobora ku murango canke ya nkingi y’umuriro yabamurikira mw’ijoro mu nzira bakwiye gucamwo+.
19 na ho nyene ntiwabahebeye mu bugaragwa kubera imbabazi zawe nyinshi+. Ntiwakuye hejuru yabo ya nkingi y’igicu yabayobora ku murango canke ya nkingi y’umuriro yabamurikira mw’ijoro mu nzira bakwiye gucamwo+.