Yesaya 41:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Raba! Bose ni ikintu kitabaho*. Ibikorwa vyabo ni ubusa. Ibishusho vyabo bikozwe mu cuma* ni umuyaga kandi ni ibintu ata co bimaze+.
29 Raba! Bose ni ikintu kitabaho*. Ibikorwa vyabo ni ubusa. Ibishusho vyabo bikozwe mu cuma* ni umuyaga kandi ni ibintu ata co bimaze+.