Yeremiya 37:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ndakwinginze rero wumvirize databuja, mwami wanje! Ndakwinginze wumve ugutakamba kwanje. Ntunsubize mu nzu y’umunyamabanga Yehonatani+, kugira simpfireyo+.»
20 Ndakwinginze rero wumvirize databuja, mwami wanje! Ndakwinginze wumve ugutakamba kwanje. Ntunsubize mu nzu y’umunyamabanga Yehonatani+, kugira simpfireyo+.»