Yeremiya 37:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ubu rero ndakwinginze wumvirize, ewe mukama wanje umwami! Ndakwinginze ugusaba ubutoni kwanje+ gushike imbere yawe, ntunsubize mu nzu ya Yehonatani+ umunyamabanga, kugira simpfireyo+.”
20 Ubu rero ndakwinginze wumvirize, ewe mukama wanje umwami! Ndakwinginze ugusaba ubutoni kwanje+ gushike imbere yawe, ntunsubize mu nzu ya Yehonatani+ umunyamabanga, kugira simpfireyo+.”