Yesaya 33:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ibisata vy’abantu bizobwirizwa gucika nk’ukwaka kw’ishwagara. Kurya kw’amahwa atemwe, bazotongozwa umuriro+.
12 Ibisata vy’abantu bizobwirizwa gucika nk’ukwaka kw’ishwagara. Kurya kw’amahwa atemwe, bazotongozwa umuriro+.