ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 33
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 33:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:13; 2Ng 28:21; Yes 10:5
  • +Nah 3:7
  • +Yes 10:12; Mt 7:2

Yesaya 33:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 123:2
  • +Zb 25:3; 27:14; Yes 25:9
  • +Zb 44:3; 89:10; Yes 52:10
  • +Zb 143:8; Int 3:23
  • +Zb 37:39; 46:1; Nah 1:7

Yesaya 33:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:6; 68:1; Yes 17:13
  • +Zb 110:6

Yesaya 33:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 7:16; 2Ng 14:13; 20:25
  • +Yw 2:9, 25

Yesaya 33:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:9; Dn 4:37
  • +Zb 113:5; 123:1; Yes 66:1
  • +Yes 62:1

Yesaya 33:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:1; 28:8; 140:7
  • +Ums 7:12
  • +Yb 28:28; Img 19:23

Yesaya 33:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 9:6; Lk 14:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 21-22, 26

Yesaya 33:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 5:6
  • +Int 1:4
  • +2Bm 18:14
  • +2Bm 18:13; Yes 36:1
  • +2Bm 18:20; Zb 10:5

Yesaya 33:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:1, 4
  • +Yes 37:24
  • +Yes 35:2
  • +Nah 1:4

Yesaya 33:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 12:5
  • +Zb 46:10
  • +Zb 7:6

Yesaya 33:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:14; Yes 17:13; Mal 4:1
  • +Nah 1:10
  • +Yes 5:24

Yesaya 33:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 23:7; Yes 9:18

Yesaya 33:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:6; 98:2
  • +Zb 99:2

Yesaya 33:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:66, 67; Zb 53:5
  • +Yes 9:17; 10:6; 32:6
  • +Gus 32:22; Zb 21:9; Nah 1:6; Heb 12:29
  • +Yes 66:24

Yesaya 33:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:3; Ezk 18:17; Mal 2:6
  • +1Ng 29:17
  • +Kv 23:8
  • +Gus 16:19; 1Sm 12:3
  • +Zb 119:37

Yesaya 33:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 15:1; Img 1:33
  • +Zb 18:33
  • +Zb 34:10; 37:25; 111:5; Lk 12:31
  • +Yes 65:13

Yesaya 33:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 45:2
  • +Heb 11:13

Yesaya 33:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:24
  • +2Bm 15:19
  • +2Ng 26:9

Yesaya 33:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:49; 2Bm 18:26; Yes 28:11; Yr 5:15

Yesaya 33:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 132:13
  • +Gus 12:5; Zb 78:68
  • +Zb 46:5; 125:1
  • +Yes 54:2; Yr 10:20

Yesaya 33:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:9; 93:4; Lk 9:43; Heb 8:1
  • +Zb 46:4

Yesaya 33:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:25; Zb 50:6; 75:7; 98:9
  • +Lw 26:3; Gus 28:15; Zb 119:16; Yak 4:12
  • +Zb 44:4; 74:12; 97:1; Ivh 11:17; 19:6
  • +Yes 12:2; Zf 3:17

Yesaya 33:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 7:8; Yes 33:4

Yesaya 33:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:15; Ivh 21:4; 22:2
  • +Yr 50:20; Mik 7:18; Rm 4:8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 33:12Bm 18:13; 2Ng 28:21; Yes 10:5
Yes. 33:1Nah 3:7
Yes. 33:1Yes 10:12; Mt 7:2
Yes. 33:2Zb 123:2
Yes. 33:2Zb 25:3; 27:14; Yes 25:9
Yes. 33:2Zb 44:3; 89:10; Yes 52:10
Yes. 33:2Zb 143:8; Int 3:23
Yes. 33:2Zb 37:39; 46:1; Nah 1:7
Yes. 33:3Zb 46:6; 68:1; Yes 17:13
Yes. 33:3Zb 110:6
Yes. 33:42Bm 7:16; 2Ng 14:13; 20:25
Yes. 33:4Yw 2:9, 25
Yes. 33:5Zb 97:9; Dn 4:37
Yes. 33:5Zb 113:5; 123:1; Yes 66:1
Yes. 33:5Yes 62:1
Yes. 33:6Zb 27:1; 28:8; 140:7
Yes. 33:6Ums 7:12
Yes. 33:6Yb 28:28; Img 19:23
Yes. 33:7Yos 9:6; Lk 14:32
Yes. 33:8Abc 5:6
Yes. 33:8Int 1:4
Yes. 33:82Bm 18:14
Yes. 33:82Bm 18:13; Yes 36:1
Yes. 33:82Bm 18:20; Zb 10:5
Yes. 33:9Yes 24:1, 4
Yes. 33:9Yes 37:24
Yes. 33:9Yes 35:2
Yes. 33:9Nah 1:4
Yes. 33:10Zb 12:5
Yes. 33:10Zb 46:10
Yes. 33:10Zb 7:6
Yes. 33:11Zb 7:14; Yes 17:13; Mal 4:1
Yes. 33:11Nah 1:10
Yes. 33:11Yes 5:24
Yes. 33:122Sm 23:7; Yes 9:18
Yes. 33:13Zb 46:6; 98:2
Yes. 33:13Zb 99:2
Yes. 33:14Gus 28:66, 67; Zb 53:5
Yes. 33:14Yes 9:17; 10:6; 32:6
Yes. 33:14Gus 32:22; Zb 21:9; Nah 1:6; Heb 12:29
Yes. 33:14Yes 66:24
Yes. 33:15Zb 106:3; Ezk 18:17; Mal 2:6
Yes. 33:151Ng 29:17
Yes. 33:15Kv 23:8
Yes. 33:15Gus 16:19; 1Sm 12:3
Yes. 33:15Zb 119:37
Yes. 33:16Zb 15:1; Img 1:33
Yes. 33:16Zb 18:33
Yes. 33:16Zb 34:10; 37:25; 111:5; Lk 12:31
Yes. 33:16Yes 65:13
Yes. 33:17Zb 45:2
Yes. 33:17Heb 11:13
Yes. 33:18Zb 71:24
Yes. 33:182Bm 15:19
Yes. 33:182Ng 26:9
Yes. 33:19Gus 28:49; 2Bm 18:26; Yes 28:11; Yr 5:15
Yes. 33:20Zb 132:13
Yes. 33:20Gus 12:5; Zb 78:68
Yes. 33:20Zb 46:5; 125:1
Yes. 33:20Yes 54:2; Yr 10:20
Yes. 33:21Zb 8:9; 93:4; Lk 9:43; Heb 8:1
Yes. 33:21Zb 46:4
Yes. 33:22It 18:25; Zb 50:6; 75:7; 98:9
Yes. 33:22Lw 26:3; Gus 28:15; Zb 119:16; Yak 4:12
Yes. 33:22Zb 44:4; 74:12; 97:1; Ivh 11:17; 19:6
Yes. 33:22Yes 12:2; Zf 3:17
Yes. 33:232Bm 7:8; Yes 33:4
Yes. 33:24Gus 7:15; Ivh 21:4; 22:2
Yes. 33:24Yr 50:20; Mik 7:18; Rm 4:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 33:1-24

Yesaya

33 Uragowe wewe unyaga kandi ubwawe utanyagwa, nawe uhemuka kandi abandi bataguhemukiye+! Ukirangiza kunyaga, uzonyagwa+. Ugiheza guhemuka, bazoguhemukira+.

2 Ewe Yehova, tugirire ubutoni+! Ni wewe twizigiye+. Nutubere ukuboko+ buri gitondo+, egome, utubere ubukiriro mu gihe c’amarushwa+. 3 Ibisata vy’abantu vyarahunze vyumvise ijwi ry’uruyogoyogo+. Warahagurutse amahanga arashwiragira+. 4 Isahu+ ryanyu rizokwegeranywa koko nka kumwe kw’inyenzi igihe zegeranya, nk’igitero c’amarumbu y’inzige giteye umuntu+. 5 Yehova ntazobura gushirwa hejuru+, kuko yibera iyo hejuru+. Emwe, azokwuzuza Siyoni ubutungane n’ubugororotsi+. 6 Kandi ubwizigirwa bw’ibihe vyawe buzoba ubukiriro umukimba+—ubukerebutsi n’ubumenyi+, ugutinya Yehova+, akaba ari ryo tunga ryiwe.

7 Raba! Abahizi babo baborogeye mw’ibarabara; intumwa z’amahoro+ zizorira zibogoze. 8 Inzira z’ibirari zagizwe umusaka+; nta wugihita aciye mu munyuro+. Yarenze kw’isezerano+; yakengereye ibisagara+; ntiyitayeho umuntu buntu+. 9 Igihugu cagandaye, cakabiranye+. Libani yariye ivyatsi+; yasangutse. Sharoni+ yacitse nk’ikiyaya c’ubugaragwa; Bashani na Karumeli biriko birikunkumura amababi yavyo+.

10 “Ubu ngira mpaguruke+,” ni ko Yehova avuga, “ubu ngira nishire hejuru+; ubu ngira niduze+. 11 Musama inda y’ivyatsi vyumye+; muzovyara ibishakara. Impwemu yanyu izobarigata+ nk’umuriro+. 12 Ibisata vy’abantu bizobwirizwa gucika nk’ukwaka kw’ishwagara. Kurya kw’amahwa atemwe, bazotongozwa umuriro+. 13 Nimwumve, mwebwe abari kure, ico ntegerezwa gukora+! Mumenye, mwebwe abari hafi, ubushobozi bwanje+. 14 Muri Siyoni, abacumuzi batekewe n’ubwoba+; ugususumira kwacakiye abahuni+: ‘Ni nde muri twebwe yobana akanya na gatoyi n’umuriro urigata+? Ni nde muri twebwe yobana akanya na gatoyi n’ukururumba kw’igihe kirekire+?’

15 “Hari umuntu agendera mu bugororotsi budahengeshanya+ kandi akavuga ibigororotse+, aterekwa inyungu y’akarenganyo iva ku bubeshi+, akunkumura amaboko yiwe ngo ntiyakire igiturire+, yiziba ugutwi ngo ntiyumvirize ivy’ugusesa amaraso, akihuma amaso ngo ntabone ikibi+. 16 Ni we azokwibera iyo hejuru+; ahantu hiwe hakirurutse hatagira inkomanzi hazoba ahantu h’urutare hagoye gushika+. Umukate wiwe azowuhabwa koko+; ikigega ciwe c’amazi ntikizokama+.”

17 Umwami mu bwiza bwiwe ni we amaso yawe azokwitegereza+; azobona igihugu ca kure+. 18 Umutima wawe uzogira ico uvuze mw’ijwi ritoyi+ ku kintu c’agacavutu, uti: “Umunyamabanga ari hehe? Uwuriha ari hehe+? Uwuharura iminara ari hehe+?” 19 Nta gisata kitisonera uzobona, igisata c’ururimi rugoye cane gutahura, c’ururimi rugigimiza udategera+. 20 Itegereze Siyoni+, ca gisagara c’ibihe vyacu vy’imisi mikuru+! Amaso yawe azokwibonera Yeruzalemu ahantu ho kuba hatagira inkomanzi, ihema ata n’umwe azotekera+. Imambo zaryo ntizizokwigera zirandurwa, kandi nta n’umwe mu migozi yaryo uzocibwa+. 21 Mugabo ng’aho, Umwe w’agakomeye+, Yehova, azotubera ahantu h’inzuzi+, h’imigende yagutse. Nta mato y’ingafe azohagendagenda, kandi nta meri y’agakomeye izohaca. 22 Kuko Yehova ari we Mucamanza+ wacu, Yehova ni we adushingira ivyagezwe+, Yehova ni we Mwami wacu+; ubwiwe azodukiza+.

23 Imigozi yawe izorēkēra; inkingi yabo y’ubwato ntibazoyigumiza ihagaze; ntibashanje ihema ry’ubwato.

Ico gihe mbere isahu rizogabanganywa ku bwinshi; abacumbagira bazotwara isahu rinini+. 24 Kandi nta wuhaba azovuga ngo: “Ndarwaye+.” Abantu baba mu gihugu bazoba bahariwe ikosa ryabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika