Yesaya 33:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ni we azokwibera iyo hejuru+; ahantu hiwe hakirurutse hatagira inkomanzi hazoba ahantu h’urutare hagoye gushika+. Umukate wiwe azowuhabwa koko+; ikigega ciwe c’amazi ntikizokama+.”
16 Ni we azokwibera iyo hejuru+; ahantu hiwe hakirurutse hatagira inkomanzi hazoba ahantu h’urutare hagoye gushika+. Umukate wiwe azowuhabwa koko+; ikigega ciwe c’amazi ntikizokama+.”