Yesaya 33:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mugabo ng’aho, Umwe w’agakomeye+, Yehova, azotubera ahantu h’inzuzi+, h’imigende yagutse. Nta mato y’ingafe azohagendagenda, kandi nta meri y’agakomeye izohaca.
21 Mugabo ng’aho, Umwe w’agakomeye+, Yehova, azotubera ahantu h’inzuzi+, h’imigende yagutse. Nta mato y’ingafe azohagendagenda, kandi nta meri y’agakomeye izohaca.