Yesaya 33:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Imigozi yawe izorēkēra; inkingi yabo y’ubwato ntibazoyigumiza ihagaze; ntibashanje ihema ry’ubwato. Ico gihe mbere isahu rizogabanganywa ku bwinshi; abacumbagira bazotwara isahu rinini+.
23 Imigozi yawe izorēkēra; inkingi yabo y’ubwato ntibazoyigumiza ihagaze; ntibashanje ihema ry’ubwato. Ico gihe mbere isahu rizogabanganywa ku bwinshi; abacumbagira bazotwara isahu rinini+.