Yesaya 41:1 Bibiliya y’isi nshasha 41 “Nimucereze imbere yanje, mwa mazinga+; kandi imiryango y’amahanga+ nisubire kugira ububasha. Niyegere+. Ico gihe naheze avuge. Nimuze twegere twese ku bw’urubanza+.
41 “Nimucereze imbere yanje, mwa mazinga+; kandi imiryango y’amahanga+ nisubire kugira ububasha. Niyegere+. Ico gihe naheze avuge. Nimuze twegere twese ku bw’urubanza+.