ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 41
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 41:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:1
  • +Zb 108:3
  • +Yes 41:21
  • +Mik 6:1

Yesaya 41:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:28; 46:11; Ivh 16:12
  • +Zb 110:6; Yes 45:1
  • +Yes 40:24

Yesaya 41:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 90:16; 111:3; Yoh 5:17
  • +Gus 32:8; Ivk 17:26
  • +Yes 43:10; 44:6; 48:12; Ivh 1:8
  • +Yes 46:4; Mal 3:6; Yak 1:17

Yesaya 41:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:5
  • +Zb 65:8; 66:3; 67:7

Yesaya 41:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 4:9; Yw 3:10

Yesaya 41:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:12; 46:6
  • +Yes 40:20

Yesaya 41:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5; Lw 25:42
  • +Gus 7:6; Zb 33:12
  • +Mt 3:9; Heb 2:16
  • +2Ng 20:7; Yak 2:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2014, rup. 21-22

Yesaya 41:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:3
  • +Mt 24:31
  • +Yes 43:10
  • +1Sm 12:22
  • +Zb 94:14; Yr 33:26; Rm 11:2, 26

Yesaya 41:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 20:1; Yos 1:9; Zb 46:1; Rm 8:31
  • +Zb 147:12; Yes 60:19; Heb 8:10
  • +Gus 33:27; Zb 29:11; Zk 10:12
  • +Zb 37:40; 115:9; 121:2
  • +Zb 63:8
  • +Zb 65:5; 89:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 5

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 2-7

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2018, rup. 16

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 18

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2012, rup. 18

Yesaya 41:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 11:8; Zb 86:17; Yes 45:24; Ivh 3:9
  • +Yes 40:17; 60:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 7

Yesaya 41:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 54:17
  • +Zb 37:10, 36

Yesaya 41:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 73:23; 109:31; Yes 42:6; 45:1
  • +Yes 41:10
  • +Gus 33:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 8

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 18

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2012, rup. 18

    1/10/2006, rup. 30

    15/12/2004, rup. 17

Yesaya 41:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 25:6; Zb 22:6
  • +Gus 7:7
  • +Zb 19:14; Yes 43:14; 47:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 3

Yesaya 41:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 4:13; Hab 3:12
  • +Zb 18:42

Yesaya 41:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:12
  • +Zb 1:4
  • +Yes 17:13
  • +Est 9:22; Yes 25:9
  • +Yes 12:6; Yr 9:24

Yesaya 41:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:1; Yes 55:1; Am 8:11; Ivh 22:17
  • +Gus 28:48; Zb 22:15; Int 4:4
  • +Lk 16:24
  • +Zb 34:6; Yes 30:19
  • +It 28:15; Zb 94:14; Yes 42:16; Heb 13:5

Yesaya 41:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:4; Yes 30:25; Yw 3:18
  • +Zb 107:35

Yesaya 41:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 32:15; 55:13; 60:21
  • +Yes 51:3

Yesaya 41:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:27; Ezk 39:28

Yesaya 41:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 23:4; Yes 43:9
  • +Yb 38:3; Yes 50:8; Mik 6:2
  • +Gus 33:5; Yes 49:26; 60:16

Yesaya 41:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:9; 46:10; 48:5

Yesaya 41:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:6; 46:9; Yr 16:20
  • +Yes 46:7; Yr 10:5

Yesaya 41:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:8; Yes 44:10; Yr 10:14; 51:18; 1Kr 8:4
  • +Gus 7:26; 27:15

Yesaya 41:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:28; 45:1; Yr 51:28
  • +Yes 46:11; Ivh 16:12
  • +2Sm 22:43; Yes 10:6; Mik 7:10; Zk 10:5

Yesaya 41:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:9; 44:7; 45:21
  • +Zb 115:6; Hab 2:18

Yesaya 41:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:10; 44:7
  • +Ezr 1:1; Yes 40:9; Nah 1:15; Rm 10:15

Yesaya 41:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 63:5; Yr 5:13; Dn 2:10

Yesaya 41:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:4; Yes 44:9; Yr 10:5; Hab 2:18; 1Kr 8:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 41:1Yes 49:1
Yes. 41:1Zb 108:3
Yes. 41:1Yes 41:21
Yes. 41:1Mik 6:1
Yes. 41:2Yes 44:28; 46:11; Ivh 16:12
Yes. 41:2Zb 110:6; Yes 45:1
Yes. 41:2Yes 40:24
Yes. 41:4Zb 90:16; 111:3; Yoh 5:17
Yes. 41:4Gus 32:8; Ivk 17:26
Yes. 41:4Yes 43:10; 44:6; 48:12; Ivh 1:8
Yes. 41:4Yes 46:4; Mal 3:6; Yak 1:17
Yes. 41:5It 10:5
Yes. 41:5Zb 65:8; 66:3; 67:7
Yes. 41:61Sm 4:9; Yw 3:10
Yes. 41:7Yes 44:12; 46:6
Yes. 41:7Yes 40:20
Yes. 41:8Kv 19:5; Lw 25:42
Yes. 41:8Gus 7:6; Zb 33:12
Yes. 41:8Mt 3:9; Heb 2:16
Yes. 41:82Ng 20:7; Yak 2:23
Yes. 41:9Zb 107:3
Yes. 41:9Mt 24:31
Yes. 41:9Yes 43:10
Yes. 41:91Sm 12:22
Yes. 41:9Zb 94:14; Yr 33:26; Rm 11:2, 26
Yes. 41:10Gus 20:1; Yos 1:9; Zb 46:1; Rm 8:31
Yes. 41:10Zb 147:12; Yes 60:19; Heb 8:10
Yes. 41:10Gus 33:27; Zb 29:11; Zk 10:12
Yes. 41:10Zb 37:40; 115:9; 121:2
Yes. 41:10Zb 63:8
Yes. 41:10Zb 65:5; 89:14
Yes. 41:11Kv 11:8; Zb 86:17; Yes 45:24; Ivh 3:9
Yes. 41:11Yes 40:17; 60:12
Yes. 41:12Yes 54:17
Yes. 41:12Zb 37:10, 36
Yes. 41:13Zb 73:23; 109:31; Yes 42:6; 45:1
Yes. 41:13Yes 41:10
Yes. 41:13Gus 33:29
Yes. 41:14Yb 25:6; Zb 22:6
Yes. 41:14Gus 7:7
Yes. 41:14Zb 19:14; Yes 43:14; 47:4
Yes. 41:15Mik 4:13; Hab 3:12
Yes. 41:15Zb 18:42
Yes. 41:16Mt 3:12
Yes. 41:16Zb 1:4
Yes. 41:16Yes 17:13
Yes. 41:16Est 9:22; Yes 25:9
Yes. 41:16Yes 12:6; Yr 9:24
Yes. 41:17Zb 63:1; Yes 55:1; Am 8:11; Ivh 22:17
Yes. 41:17Gus 28:48; Zb 22:15; Int 4:4
Yes. 41:17Lk 16:24
Yes. 41:17Zb 34:6; Yes 30:19
Yes. 41:17It 28:15; Zb 94:14; Yes 42:16; Heb 13:5
Yes. 41:18Zb 46:4; Yes 30:25; Yw 3:18
Yes. 41:18Zb 107:35
Yes. 41:19Yes 32:15; 55:13; 60:21
Yes. 41:19Yes 51:3
Yes. 41:20Zb 109:27; Ezk 39:28
Yes. 41:21Yb 23:4; Yes 43:9
Yes. 41:21Yb 38:3; Yes 50:8; Mik 6:2
Yes. 41:21Gus 33:5; Yes 49:26; 60:16
Yes. 41:22Yes 42:9; 46:10; 48:5
Yes. 41:23Yes 44:6; 46:9; Yr 16:20
Yes. 41:23Yes 46:7; Yr 10:5
Yes. 41:24Zb 115:8; Yes 44:10; Yr 10:14; 51:18; 1Kr 8:4
Yes. 41:24Gus 7:26; 27:15
Yes. 41:25Yes 44:28; 45:1; Yr 51:28
Yes. 41:25Yes 46:11; Ivh 16:12
Yes. 41:252Sm 22:43; Yes 10:6; Mik 7:10; Zk 10:5
Yes. 41:26Yes 43:9; 44:7; 45:21
Yes. 41:26Zb 115:6; Hab 2:18
Yes. 41:27Yes 43:10; 44:7
Yes. 41:27Ezr 1:1; Yes 40:9; Nah 1:15; Rm 10:15
Yes. 41:28Yes 63:5; Yr 5:13; Dn 2:10
Yes. 41:29Zb 115:4; Yes 44:9; Yr 10:5; Hab 2:18; 1Kr 8:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 41:1-29

Yesaya

41 “Nimucereze imbere yanje, mwa mazinga+; kandi imiryango y’amahanga+ nisubire kugira ububasha. Niyegere+. Ico gihe naheze avuge. Nimuze twegere twese ku bw’urubanza+.

2 “Ni nde yahagurukije umuntu i burasirazuba+? Ni nde mu bugororotsi yamuhamagariye ku birenge vyiwe, ngo atange amahanga imbere yiwe, no kugira ngo atume agenda anesha abami+? Ni nde yagumye ayatanga ku nkota yiwe nk’umukungugu, ku buryo yaguruwe n’umuheto wiwe nk’ibishakara+? 3 Ni nde yagumye ayakurikirana, akaguma arengana mu mahoro n’ibirenge vyiwe mu munyuro atari yazananye? 4 Ni nde yagize ico akoze+ akabirangūra, agahamagara amayaruka guhera mu ntango+?

“Ni jewe, Yehova, Umwe wa Mbere+; ku ba nyuma nguma ndi wa wundi+.”

5 Amazinga+ yarabibonye atangura gutinya. Impera z’isi zitangura kujugumira+. Baregera, baguma baza. 6 Umwe wese muri bo afasha mugenziwe, umwe akabwira mwene wabo ati: “Komera+.” 7 Nuko, umuhinguzi   w’utugenegene akomeza uwukora ivy’ivyuma+; uwusenesha inyundo y’ugucura akomeza uwuhondera ku cuma co gucurirako, akavuga ku bijanye n’ingene giteranije ati: “Ni neza.” Amaherezo bagifatisha imisumari ngo ntikinyiganyige+.

8 “Mugabo wewe ga Isirayeli, uri umusavyi wanje+, wewe ga Yakobo, uwo natoye+, uruvyaro rwa Aburahamu+ umugenzi wanje+; 9 wewe uwo nafashe nkagukura ku mpera z’isi+, wewe uwo nahamagaye nkagukura mu mihingo yayo ya kure+. Ndaheza nkubwira nti: ‘Uri umusavyi wanje+; naragutoye+, sinagutaye+. 10 Ntutinye, kuko ndi kumwe nawe+. Ntiweraguze, kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza+. Nzogufasha vy’ukuri+. Emwe, nzogufata nkugumye n’ukuryo kwanje+ kw’ubugororotsi+.’

11 “Raba! Abakurungurira bose bazomaramara, bateterwe+. Abagutonganya bazocika nk’ubusa, bayogere+. 12 Uzobarondera ubabure, barya banigana nawe+. Bazocika nk’ikintu kitariho, nk’ubusa+, barya barwana nawe. 13 Kuko jewe, Yehova Imana yawe, ngufata ukuboko kw’ukuryo+, nkakubwira nti: ‘Ntutinye+. Jewe nzogufasha+.’

14 “Ntutinye, wewe musiba+ Yakobo, mwebwe bantu ba Isirayeli+. Jewe nzogufasha,” ni ko Yehova avuze, egome, Umucunguzi wawe+, wa Mweranda wa Isirayeli. 15 “Raba! Nakugize igikubitisho+, igisekuzo gishasha gifise amenyo y’insya zibirizibiri. Uzohonyangira hasi imisozi, uyijanjagure; imirambi uzoyigira nk’umuguruka+. 16 Uzobigosora+, kandi umuyaga uzobikukumura+, kandi ikirura c’umuyaga kizobigurura mu nzira zitandukanye+. Kandi wewe ubwawe uzonezerwa muri Yehova+. Uzokwirata muri wa Mweranda wa Isirayeli+.”

17 “Abarushwa n’aboro bararondera amazi+, mugabo ntayo. Kubera inyota+ ururimi rwabo rwumye+. Jewe Yehova, nzobishura+. Jewe, Imana ya Isirayeli, sinzobaheba+. 18 Ku mirambi igaragara nzokwugurura inzuzi, hagati mu biyaya vy’imibande na ho, imbizi+. Agahinga nzokagira ikidengeri c’amazi cuzuyeko amarenga, igihugu kigadutse na co ndakigire amasôko y’amazi+. 19 Mu gahinga nzohashira igiti c’isederi, umunyinya n’igiti c’umuhadasi n’igiti c’amavuta+. Mu kiyaya c’ubugaragwa nzohashira igiti c’umuberoshi, igiti c’umutidari n’akajwari icarimwe+; 20 kugira ngo abantu babone, bamenye, batege ugutwi bongere bagire ugutahura kwimbitse icarimwe, bategere yuko ukuboko kwa Yehova ari kwo kwabikoze, kandi ko wa Mweranda wa Isirayeli ubwiwe ari we yabiremye+.”

21 “Nimuzane amatati yanyu+,” ni ko Yehova avuga. “Nimushikirize ivyemezo vyanyu+,” ni ko Umwami wa Yakobo avuga+. 22 “Nimuzane ibintu bizoba, mubitubwire. Ivya mbere muvuge ivyo ari vyo, kugira ngo tubishireko umutima kandi tumenye kazoza kavyo. Canke nimutwumvishe ibiriko biraza+. 23 Nimuvuge ibizoza mu nyuma, kugira ngo tumenye ko muri imana+. Egome, mukwiye gukora ineza canke mugakora inabi, kugira tweraguze tubibonere icarimwe+. 24 Raba! Muri ikintu kitariho, kandi ico mwakoze ni ubusa+. Uwubahitamwo wese ni ikintu giteye ishishi+.

25 “Nahagurukije umuntu mu buraruko, kandi azoza+. Azokwambaza izina ryanje ari i burasirazuba+. Azoza ku vyegera vy’abatware nk’aho boba ari ibumba+, nka kurya kw’umubumvyi akandagira ikintu kibisi.

26 “Ni nde yagize ico avuze kuva mu ntango, kugira ngo tubimenye, canke kuva mu bihe vya kera, kugira ngo tuvuge duti: ‘Avuga vyo+’? Mu vy’ukuri, nta n’umwe abivuga. Vy’ukuri, nta n’umwe yumvisha umuntu. Vy’ukuri, nta n’umwe yumva ivyo muvuga na bimwe+.”

27 Hariho umwe, uwa mbere, abwira Siyoni ati: “Raba! Ng’aba+!”, kandi Yeruzalemu nzoyiha uwuzana inkuru nziza+.

28 Maze nguma ndaba, ariko nta muntu n’umwe yari ahari; kandi vyongeye, muri abo nta n’umwe yatanga impanuro+. Nanje nguma ndababaza, kugira bishure. 29 Raba! Bose ni ikintu kitariho. Ibikorwa vyabo ni ubusa. Ibishusho vyabo vy’icuma gishongeshejwe ni umuyaga be n’ikintu kitabaho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika