Yesaya 41:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni nde yagize ico akoze+ akabirangūra, agahamagara amayaruka guhera mu ntango+? “Ni jewe, Yehova, Umwe wa Mbere+; ku ba nyuma nguma ndi wa wundi+.”
4 Ni nde yagize ico akoze+ akabirangūra, agahamagara amayaruka guhera mu ntango+? “Ni jewe, Yehova, Umwe wa Mbere+; ku ba nyuma nguma ndi wa wundi+.”