Yesaya 41:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uzobarondera ubabure, barya banigana nawe+. Bazocika nk’ikintu kitariho, nk’ubusa+, barya barwana nawe.
12 Uzobarondera ubabure, barya banigana nawe+. Bazocika nk’ikintu kitariho, nk’ubusa+, barya barwana nawe.