Yesaya 41:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uzobigosora+, kandi umuyaga uzobikukumura+, kandi ikirura c’umuyaga kizobigurura mu nzira zitandukanye+. Kandi wewe ubwawe uzonezerwa muri Yehova+. Uzokwirata muri wa Mweranda wa Isirayeli+.”
16 Uzobigosora+, kandi umuyaga uzobikukumura+, kandi ikirura c’umuyaga kizobigurura mu nzira zitandukanye+. Kandi wewe ubwawe uzonezerwa muri Yehova+. Uzokwirata muri wa Mweranda wa Isirayeli+.”