Yesaya 41:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 kugira ngo abantu babone, bamenye, batege ugutwi bongere bagire ugutahura kwimbitse icarimwe, bategere yuko ukuboko kwa Yehova ari kwo kwabikoze, kandi ko wa Mweranda wa Isirayeli ubwiwe ari we yabiremye+.”
20 kugira ngo abantu babone, bamenye, batege ugutwi bongere bagire ugutahura kwimbitse icarimwe, bategere yuko ukuboko kwa Yehova ari kwo kwabikoze, kandi ko wa Mweranda wa Isirayeli ubwiwe ari we yabiremye+.”