Yesaya 41:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Nahagurukije umuntu mu buraruko, kandi azoza+. Azokwambaza izina ryanje ari i burasirazuba+. Azoza ku vyegera vy’abatware nk’aho boba ari ibumba+, nka kurya kw’umubumvyi akandagira ikintu kibisi.
25 “Nahagurukije umuntu mu buraruko, kandi azoza+. Azokwambaza izina ryanje ari i burasirazuba+. Azoza ku vyegera vy’abatware nk’aho boba ari ibumba+, nka kurya kw’umubumvyi akandagira ikintu kibisi.