Akajambo k'epfo
a Yehova yari yarakoresheje uruzuba rwamaze imyaka itatu n’igice kugira ngo yerekane ko imana Bayali ata co yari ishoboye, naho abayisenga babona ko ari yo igwisha imvura, igatuma n’igihugu cimbuka. (1 Abami, ikigabane ca 18) Raba ikiganiro kivuga ngo “Niwigane ukwizera kwabo” mu kinyamakuru Umunara w’Inderetsi co ku wa 1 Nzero n’ico ku wa 1 Ndamukiza 2008.