2 Abami 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hari aho Yehova Imana yawe yokwumva+ amajambo yose ya Rabushake, uwo umwami wa Ashuri umukama wiwe yatumye gucokora+ Imana nzima, maze akagira ico amubaza koko ku bw’amajambo Yehova Imana yawe yumvise+. Uture isengesho+ ku bw’amasigarira+ asigaye.’” 2 Abami 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+! 2 Ngoma 32:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mbere yandika n’amakete+ yo gusiga iceyi Yehova Imana ya Isirayeli+ no kuyituka, ati: “Nk’uko imana+ z’amahanga y’ibihugu zitarokoye abantu bazo mu kuboko kwanje+, ni ko n’Imana ya Hezekiya itazorokora abantu bayo mu kuboko kwanje.”
4 Hari aho Yehova Imana yawe yokwumva+ amajambo yose ya Rabushake, uwo umwami wa Ashuri umukama wiwe yatumye gucokora+ Imana nzima, maze akagira ico amubaza koko ku bw’amajambo Yehova Imana yawe yumvise+. Uture isengesho+ ku bw’amasigarira+ asigaye.’”
22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?Ni nde wadugirije ijwi+Ukararamurira amaso hejuru+?Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!
17 Mbere yandika n’amakete+ yo gusiga iceyi Yehova Imana ya Isirayeli+ no kuyituka, ati: “Nk’uko imana+ z’amahanga y’ibihugu zitarokoye abantu bazo mu kuboko kwanje+, ni ko n’Imana ya Hezekiya itazorokora abantu bayo mu kuboko kwanje.”