Zaburi 86:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nurinde ubuzima bwanje, kuko ndi intahemuka+. Nukize umusavyi wawe akwizigira,kuko uri Imana yanje+. Yesaya 41:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ntutinye kuko ndi kumwe nawe+. Ntuhagarike umutima kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza, emwe nzogufasha+.Vy’ukuri, nzogufata n’ukuryo kwanje kw’ubugororotsi, ndakugumye.”
2 Nurinde ubuzima bwanje, kuko ndi intahemuka+. Nukize umusavyi wawe akwizigira,kuko uri Imana yanje+.
10 Ntutinye kuko ndi kumwe nawe+. Ntuhagarike umutima kuko ndi Imana yawe+. Nzogukomeza, emwe nzogufasha+.Vy’ukuri, nzogufata n’ukuryo kwanje kw’ubugororotsi, ndakugumye.”