Yosuwa 1:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ibiri muri iki gitabu c’amategeko uze uvyamize mu kanwa kawe+. Uze ugisome n’ijwi ritoyi* umurango n’ijoro, kugira ngo ukurikize neza ivyanditswe muri co vyose+. Ni ho uzororanirwa kandi ugakorana ubukerebutsi+. Zaburi 119:48 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 48 Nzogusenga ndugije amaboko, kuko nkunda amabwirizwa yawe+,kandi nzozirikana ingingo washinze+.
8 Ibiri muri iki gitabu c’amategeko uze uvyamize mu kanwa kawe+. Uze ugisome n’ijwi ritoyi* umurango n’ijoro, kugira ngo ukurikize neza ivyanditswe muri co vyose+. Ni ho uzororanirwa kandi ugakorana ubukerebutsi+.