ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 69
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi: ibirimwo

      • Isengesho ryo gusaba kurokorwa

        • «Umwete w’inzu yawe urandurumbamwo» (9)

        • «Nunyishure ningoga» (17)

        • «Bampaye inkarihe» (21)

Zaburi 69:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 144:7; Int 3:54; Yon 2:5

Zaburi 69:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:2
  • +Zb 32:6; Yon 2:3

Zaburi 69:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:2
  • +Zb 119:82, 123; Yes 38:14

Zaburi 69:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «abansi banyankira ubusa.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 23:22; Yoh 15:24, 25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 11

    1/6/2006, rup. 11

Zaburi 69:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:6; Yr 15:15
  • +Yes 50:6; Mt 26:67; 27:29

Zaburi 69:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 19:13; Zb 31:11; Yoh 1:11; 7:5

Zaburi 69:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:10; Zb 119:139; Mt 21:12, 13; Mr 11:15-17; Yoh 2:13-17
  • +Rm 15:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2010, rup. 8-9

Zaburi 69:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Hashobora kandi kuvugwa ngo «igihe narira nongera ndisonzesha.»

Zaburi 69:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:8; Heb 5:7
  • +Zb 68:20

Zaburi 69:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 144:7

Zaburi 69:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «icobo.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:2
  • +Zb 16:10

Zaburi 69:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «urukundo rudahemuka (rudahera).»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:3; 109:21
  • +Zb 25:16

Zaburi 69:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:9; 102:2
  • +Zb 31:9; 40:13

Zaburi 69:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:6

Zaburi 69:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «kandi ndi mukwihebura.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 142:4
  • +Yb 19:14

Zaburi 69:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «igiterwa c’ubumara.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 27:34; Mr 15:23
  • +Mt 27:48; Mr 15:36; Lk 23:36; Yoh 19:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 15

Zaburi 69:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:9, 10

Zaburi 69:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 10

Zaburi 69:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «ishavu.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 21:9

Zaburi 69:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «amakambi yabo azitijwe uruhome.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 1:20

Zaburi 69:28

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke «mu gitabu c’abazima.»

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:33
  • +Fp 4:3; Ivh 3:5; 13:8

Zaburi 69:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 109:22

Zaburi 69:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:13-15; Hs 14:2

Zaburi 69:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:17; 102:17; Yes 66:2
  • +Zb 146:7; Yes 61:1; Lk 4:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2008, rup. 12

Zaburi 69:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:11; Yes 49:13

Zaburi 69:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 51:18

Zaburi 69:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 61:9; 66:22
  • +Zb 91:14; Yak 1:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 69:1Zb 144:7; Int 3:54; Yon 2:5
Zab. 69:2Zb 40:2
Zab. 69:2Zb 32:6; Yon 2:3
Zab. 69:3Zb 22:2
Zab. 69:3Zb 119:82, 123; Yes 38:14
Zab. 69:4Lk 23:22; Yoh 15:24, 25
Zab. 69:7Zb 22:6; Yr 15:15
Zab. 69:7Yes 50:6; Mt 26:67; 27:29
Zab. 69:8Yb 19:13; Zb 31:11; Yoh 1:11; 7:5
Zab. 69:91Bm 19:10; Zb 119:139; Mt 21:12, 13; Mr 11:15-17; Yoh 2:13-17
Zab. 69:9Rm 15:3
Zab. 69:13Yes 49:8; Heb 5:7
Zab. 69:13Zb 68:20
Zab. 69:14Zb 144:7
Zab. 69:15Zb 69:2
Zab. 69:15Zb 16:10
Zab. 69:16Zb 63:3; 109:21
Zab. 69:16Zb 25:16
Zab. 69:17Zb 27:9; 102:2
Zab. 69:17Zb 31:9; 40:13
Zab. 69:19Zb 22:6
Zab. 69:20Zb 142:4
Zab. 69:20Yb 19:14
Zab. 69:21Mt 27:34; Mr 15:23
Zab. 69:21Mt 27:48; Mr 15:36; Lk 23:36; Yoh 19:29
Zab. 69:22Rm 11:9, 10
Zab. 69:24Zb 21:9
Zab. 69:25Ivk 1:20
Zab. 69:28Kv 32:33
Zab. 69:28Fp 4:3; Ivh 3:5; 13:8
Zab. 69:29Zb 109:22
Zab. 69:31Zb 50:13-15; Hs 14:2
Zab. 69:33Zb 10:17; 102:17; Yes 66:2
Zab. 69:33Zb 146:7; Yes 61:1; Lk 4:18
Zab. 69:34Zb 96:11; Yes 49:13
Zab. 69:35Zb 51:18
Zab. 69:36Yes 61:9; 66:22
Zab. 69:36Zb 91:14; Yak 1:12
  • Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (bi12)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Zaburi 69:1-36

Zaburi

Ku mukuru w’abaririmvyi: bayiririmbira kw’ijwi ryitwa «Amalisi.» Ni zaburi ya Dawidi.

69 Ewe Mana, nunkize kuko amazi agira antware+.

 2 Namaze kunyikira mu rwondo, singira aho mpagarara+.

Nacokeye mu mazi y’ibenga,

kandi imikuba iriko irantwara+.

 3 Narushe kubera nguma ntabaza+,

umuhogo wanje wasaraye.

Amaso yanje yaruhijwe no kurindira Imana yanje+.

 4 Abanyankira ubusa+

ni benshi kuruta umushatsi wo ku mutwe wanje.

Abarondera kunyica,

abansi banje katwa*, babaye benshi.

Nabwirijwe kuriha ivyo ntari nivye.

 5 Ewe Mana, urazi ibintu vy’ubupfu nakoze,

kandi icaha nakoze ntiwigeze ukinyegezwa.

 6 Ewe Mukama Segaba, Yehova Nyeningabo,

abakwizigira ntibamaramare kubera jewe!

Ewe Mana ya Isirayeli,

abakurondera ntibateterwe kubera jewe!

 7 Ndasigwa iceyi kubera wewe+,

nsigaye nuzuye ibimaramare+.

 8 Benewacu bamfata nk’umuntu batazi.

Nsigaye ndi kavamahanga kuri bene mama+.

 9 Umwete w’inzu yawe urandurumbamwo+,

kandi ibitutsi vy’abagutuka bigwa kuri jewe+.

10 Igihe nicisha bugufi nkisonzesha*,

vyatumye abantu bantuka.

11 Igihe na ho nambara igunira,

vyatumye bansuzugura.

12 Nsigaye ndi ikiyago c’abicaye kw’irembo ry’igisagara,

nkaba n’indirimbo y’imborerwa.

13 Ewe Yehova, ese isengesho ryanje ryogushikira

ku mwanya ubona ko ubereye+!

Ewe Mana, kubera urukundo* rwawe rwinshi,

nunyishure unyereke ko uri umukiza atananirwa+.

14 Ndokora unkure mu rwondo,

ntureke ngo nyike.

Nunkize abanyanka,

unkure mu mazi y’ibenga+.

15 Ntureke ngo imikuba y’umwuzure intware+,

canke ngo ibwina hamire,

canke ngo ikinogo* kinyugarireko umunwa waco+.

16 Ewe Yehova, nunyishure kuko urukundo* rwawe ari rwiza+.

Nuhindukire undabe kubera imbabazi zawe nyinshi+,

17 kandi ntuhishe mu maso hawe umusavyi wawe+.

Nunyishure ningoga kuko ngeze habi+.

18 Nunyegere untabare,

unkize abansi banje.

19 Urazi ingene bansiga iceyi, ingene bamaramaza n’ingene bantetereza+.

Abansi banje bose urababona.

20 Iceyi camvunye umutima kandi iyo mvune ntikira*.

Nari niteze impuhwe ariko nta zo nabonye+.

Nari niteze abampoza ariko narababuze+.

21 Aho kumpa ibifungurwa bampaye ubumara*+,

bampa inkarihe y’umuvinyu kugira bamare inyota+.

22 Imeza yabo nibabere umutego,

ukuroranirwa kwabo na kwo kubabere umushibuka+.

23 Amaso yabo nahume ntibasubire kubona,

amafyinga yabo na yo agume ajugumira.

24 Nubasukeko uburake* bwawe,

ishavu ryawe rirurumba ribahamvye+.

25 Aho baba* nihacike umusaka,

ntihagire uwuba mu mahema yabo+.

26 Kuko baguma bakurikirana uwo wakubise,

bakaguma bavugavuga imibabaro y’abo wakomerekeje.

27 Niwongere ikosa ku makosa yabo,

kandi ntubabone nk’abagororotsi.

28 Amazina yabo nafutwe mu gitabu c’ubuzima*+,

kandi ntibandikwe hamwe n’abagororotsi+.

29 Ariko jewe ndi mu marushwa n’imibabaro+.

Ewe Mana, nunkingire ukoresheje ububasha bwawe.

30 Nzoririmbira amashemezo izina ry’Imana,

kandi nzoyininahaza ndayishimire.

31 Ivyo bizohimbara Yehova kuruta impfizi y’inka,

kuruta ishuri ifise amahembe n’ibinono+.

32 Abitonda bazobibona banezerwe.

Yemwe abarondera Imana, nimureme.

33 Kuko Yehova yumviriza abakene+,

kandi ntazosuzugura abantu biwe bagizwe imbohe+.

34 Ijuru n’isi nibimushemeze+,

hamwe n’ibiyaga n’ibiba muri vyo vyose.

35 Kuko Imana izokiza Siyoni+,

kandi izosanura ibisagara vy’Ubuyuda.

Abantu bayo bazohaba, bahigarurire.

36 Uruvyaro rw’abasavyi bayo ruzohatorana+,

kandi abakunda izina ryayo+ bazokwiberayo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika