ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • le rup. 8
  • Urupfu ni iki?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Urupfu ni iki?
  • Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!
  • Ivyo bijanye
  • Ukuri kwerekeye abamarayika
    Bibiliya itwigisha iki?
  • Ibiremwa vy’impwemu bikorera iki abantu?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Abamarayika bagira ico bakoze gute kuri twebwe?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Ububasha Yezu afise ku madayimoni
    Igira kuri wa Mwigisha Ahambaye
Ibindi
Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!
le rup. 8

Urupfu ni iki?

15 Igihe umuntu apfuye asubira mw’ivu. Nta bwenge rero aba agifise.—Zaburi 146:4

Abapfuye ntibashobora kukuvugisha canke kugira ikintu ico ari co cose.—Umusiguzi 5:9, 10

16 Ariko abamarayika benshi bāragararije. Bigira nk’uko ari abantu bāpfuye. Bashaka kutwemeza ko tutazopfa ngo duhere.—Itanguriro 6:1, 2; Yuda 6

17 Imana Yehova ntishaka rero ko twemera abo bamarayika babi ari yo mashetani.—Kuvayo 22:18; Gusubira mu vyagezwe 18:10, 11; 32:17

Ntashaka ko tubandwa canke ko twishimira ibiheko.—Ab’i Galatiya 5:19-21

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika